Home ENTERTAINMENT Vital’O FC na Flambeau du Centre Aigle Noir niyo migwi igiye gukina...

Vital’O FC na Flambeau du Centre Aigle Noir niyo migwi igiye gukina urukino rwanyuma

291
0

┬áMu nkino zibiri zabaye kuri uyu wa 2 Mukakaro z’igice ca kabiri gishira icanyuma c’ihiganwa ryitiriwe NKURUNZIZA CUP,umugwi wa Flambeau du Centre watsinze Rukinzo FC 3 kuri 1.Umugwi wa Vital’O FC nawo utsinda Aigle Noir CS kuri penalty 4 kuri 3 inyuma yo kunganya igitsindo 1-1.

Umugwi wa Vital’O FC uzoca utana mu mitwe na Flambeau du Centre mu rukino rwanyuma (FINALE) ruzoba ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 8 Mukakaro 2023 isaha umunani n’igice Ku kibuga Nkurunziza Peace Park Kiri mu ntara ya Makamba.

64130cookie-checkVital’O FC na Flambeau du Centre Aigle Noir niyo migwi igiye gukina urukino rwanyuma
Previous articleSelena Gomez arashimira Rema
Next articleUmuririmvyikazi Tetero Laurette yoba agira asubire kugaruka mu bikorwa vy’umuziki?