Home ENTERTAINMENT Selena Gomez arashimira Rema

Selena Gomez arashimira Rema

248
0

Umuririmvyi wo muri reta zunz’ubumwe za Amerika Selena Gomez arakengurukira bimwe vy’imvamutima umuririmvyi Rema wo mu gihugu ca Nigeria kubona yaramwemereye ko basubiramwo (Remix) indirimbo Calm down ya Rema.

Nk’uko yavyanditse ku rubuga rwiwe rwa Instagram, Selena Gomez amenyesha ko indirimbo Calm down yatumye agira inguvu n’ishusho nshasha mu muziki kw’isi nzima. Kubwa Gomez ngo Calm down n’indirimbo yo ku rwego mpuzamakungu gutyo agashimira Rema kuba yaramuhisemwo ngo abe ariwe bayikorana remix.

Yishura ku butumwa bwa Selena Gomez, Rema nawe yigize ati: ” Ndagushimira Kandi ndagukunda cane mwamikazi”.

64070cookie-checkSelena Gomez arashimira Rema
Previous articlePrimusic: Abaririmvyi bazoserukir’akarere k’ubumanuko bamenyekanye
Next articleVital’O FC na Flambeau du Centre Aigle Noir niyo migwi igiye gukina urukino rwanyuma