Home ENTERTAINMENT Primusic: Abaririmvyi bazoserukir’akarere k’ubumanuko bamenyekanye

Primusic: Abaririmvyi bazoserukir’akarere k’ubumanuko bamenyekanye

329
0

Ihiganwa rya Primusic ryabandanije kur’uyu w’imana igenekerezo rya 2 Mukakaro ku rwego rw’akarere ko mu bumanuko.

Ibaririmvyi bangana 21 nibo bahiganiwe ku kibuga Izere stadium co mu gisagara ca Rumonge. Murabo 21, abaririmvyi batandatu gusa nibo baronse amahigwe yo kubandanya ihiganwa aho murabo abahungu ari bane n’abigeme babiri.

Mu bahiganwe ariko bataronse amahigwe harimwo umuririmvyi Olga amaze kumenyekana mu ndirimbo zitarinke mu gihugu c’uburundi.

Tubibutse ko mw’ihiganwa rya Primusic 2023 abaririmvyi batatu bambere ku rwego rw’igihigu aribo bazoronswa ubushimwe aho uwambere azotahukana igifovya c’amafaranga imiriyoni 30, uwakabiri imiriyoni 15 mu gihe uwagatatu azokwegukana ama faranga imiriyoni 5.

64030cookie-checkPrimusic: Abaririmvyi bazoserukir’akarere k’ubumanuko bamenyekanye
Previous articleVIDEO NSHASHA | D-One – Temperature | DOWNLOAD
Next articleSelena Gomez arashimira Rema