Home ENTERTAINMENT Umuririmvyi Wa gospel Déborah Lukalu agiye gukora igiteramo muri côte d’ivoire.

Umuririmvyi Wa gospel Déborah Lukalu agiye gukora igiteramo muri côte d’ivoire.

408
0

Abicishije kurubuga rwiwe rwa Instagram akoresheje vidéo, Déborah Yibukije abanya Abujan kwagiye kwongera kubonana nabo inyuma y’imyaka ibiri bateramanye mu mwaka wa 2021.

Uwo muririmvyi wa gospel yavuze; Kw’igenekerezo rya  6 myandagaro 2023, ko agiye gukora ikindi igiteramo  citiriwe Trust in the storm ” i abujan muri Côte d’ivoire, kukibuga ca  kaminuza Félix Boigny.

Uyo muririmvyi ahamagarira abakunzi ba Gospel kuza kubwinshi kugira babane mubwiza bw’Imana.

Déborah Lukalu yavukiye i Lubumbashi muri Repubilika iharanira intwaro rusangi ya Kongo maze akurira muri afrika y’epfo. N’umwanditsi,umuririmvyi wa gospel akongera akaba n’umusobanuzi.

Yamenyekanye cane kundirimbo nka We testify na Ma consolation…akaba aheruka gusohora n’iyindi yitwa À genou  imaze kurabwa n’abantu 360k mundwi 2 imaze.

64320cookie-checkUmuririmvyi Wa gospel Déborah Lukalu agiye gukora igiteramo muri côte d’ivoire.
Previous articleUmuririmvyi wa rap “19th” agiye kugaruka mugihugu c’amavukiro.
Next articleImiriyoni amajana abiri z’amanyabulaya kuri Kylian Mbappé ?