Home ENTERTAINMENT Uganda : Umuirimvyi  Chameleone arasaba ubufasha.

Uganda : Umuirimvyi  Chameleone arasaba ubufasha.

459
0

Uwo muririmvyi rurangiranwa  avuka mugihugu ca Uganda Joseph Mayanja  azwi kumazina Jose chameleone asaba ubufasha kugirango ashobore kuriha Milioni 370 z´amashilingi yo muri uganda kugira ashobore kuriha ibitaro.

Uyo akaba aheruka kubarwa munda  mubitaro bimwe biri mugihugu ca Reta zunze ubumwe z´amerika muri Leta ya Minesota. Yamenyekanye mundirimbo nka “Shida za dunia” akaba amaze no gusaba Leta ya Uganda  ko yo mufasha kugirango ashobore gusohoka ibitaro.

64490cookie-checkUganda : Umuirimvyi  Chameleone arasaba ubufasha.
Previous articleImiriyoni amajana abiri z’amanyabulaya kuri Kylian Mbappé ?
Next articleCardi B na Rema ku meza imwe basangira imfungurwa.