Home ENTERTAINMENT Yaraye ahawe amasezerano yo gukina mu mugwi wo mu gihugu c’Urwanda.

Yaraye ahawe amasezerano yo gukina mu mugwi wo mu gihugu c’Urwanda.

176
0

Umunyegori Ndikuriyo Patient yahora akina mu mugwi wa Bumamuru FC ari nawo watahukanye igikombe c’ihiganwa rikuru mu mupira w’amaguru mu Burundi yaraye ahawe amasezerano yo gukinira umugwi Amagaju FC wo mu cicaro ca mbere mu gihugu c’Urwanda.

64570cookie-checkYaraye ahawe amasezerano yo gukina mu mugwi wo mu gihugu c’Urwanda.
Previous articleCardi B na Rema ku meza imwe basangira imfungurwa.
Next articleTanzania : Kajala ati :” Sinshobora gufuta tatouage ya Wema ku mubiri wanje”