D – One : Ati ntituryama ahubwo tubandanya dukora ijoro n’umurango.
Kuncuro yiwe yambere umuririmvyi w'umurundi azwi kw'izina rya D - one yuriye indege kuruyu wa mbere imuganisha mugihugu ca Tanzania. Ajanywe n'ibikorwa bitandukany vy'umuziki.
Yamenyesheje...
Rumonge : Msamalia Danielo yoba atarikwo avyorosha muri iyi minsi.
Abicishije kurubuga rwiwe rwa facebook akaba yasize ahabona isanamu isa naho yoba yariko aremesha igiteramo akurikiza amajambo agira ati"Aha mwomenya nariko ndirimba iyihe ndirimbo?"
Kubwanyu...
Burundi : Igiteramo mpuzamakungu co gutwenzwa.
Kuko bigaragara kurubuga rwa Facebook rw´umunyabugenegene akunzwe cane McaTricky, ico giteramo kizobera i Bujumbu muri centre Kinindo.
Kizoba kirimwo abanyabugenegene mugutwenza bava Mu Rwanda Burundi...
Kicheche mu gisagara ca Rumonge
Inyuma yo kwandikish'amateka yakirwa n'abantu benshi mu gisagara ca Bujumbura no mugiguhu ca Congo, umuhinga mu gutwenza ava mu gihugu kibanyi ca Tanzania Kicheche...
Ibihugu birikumwe n’Uburundi mu kurondera itike yo mu gikombe c’isi 2026 vyamenyekanye
Itombora ryo kurondera itike yo kuja mu gikombe c'isi ca 2026 ryarangiye kur'uyu wa kane.
Umugwi nserukiragohugu w'Uburundi Intamba mu Rugamba wisanze mw'itsinda rya F...
SHIMA FM yatanguye guteramika abenegihugu
Iradiyo nshasha mu Burundi ifise icicaro mu gisagara ca Rumonge yaratanguye guteramika abenegihugu kuva kur'uyu wa 12 Mukakaro.
Nk'uko vyemezwa na bamwe mu ndongozi zayo,...
Umukinyi Pau Torres ashika mu mugwi wa Aston Villa
Umukinyi yamuka mu gihugu ca Espagne Pau Torres asanzwe yanakuriye muri ico gihugu mu mugwi wa Villarreal naho yari yaratijwe mu mugwi wa Malaga...
Francine Niyonsaba yakeje mugenziwe Caster Semanya
Mu butumwa yatangaje kuri Twitter, umunonotsi Francine Niyonsaba yagize ati:
"Uburenganzira bw’abanonotsi butegerezwa kwubahirizwa. Ndagukeje mugenzi Caster Semanya kubona watsinze uru rubanza wari wungurije muri...
Abahagarikizi babiri b’inkino z’umupila bamuka m’Uburundi mu rutonde rwashizwe ahabona na CAF
Kuva kuwa 12 gushika kuwa 17 Mukakaro 2023 harategekanijwe inyigisho Kubahagarikizi b'inkino z'umupila w'amaguru.Ishirahamwe ry'umupira w'amaguru k'umugabane wa Afrika ryashize ahabona urutonde rw'abahagarikizi bitumwako...
Kylian Mbappé Lottin na Samuel Mbappé Léppé hoba harico bapfana?
Mu gihugu kibanyi ca Tanzania hariho ijambo bakunda gukoresha ngo " Duniani wawili wawili " aho baba bashaka kuvuga ko kw'isi kira muntu afise...