Tuesday, February 25, 2025

Canjo Amissi n’umuntu ki?

0
Canjo Amissi yavutse mu mwaka w’1957 muri quartier Swahili, mu gisagara ca Ngozi ni m’uburaruko bw’u Burundi.Canjo Amissi yerekanye impano haba mu vyigwa,mu rukino...

Bongo : Z Anto na Jay Melody bava ind’imwe.

0
Z Anto na Jay Melody n'abaririmvyi bo mu gihugu ca Tanzania. Ku bakurikirana umuziki wa Bongo Flavor ntankeka baribuka indirimbo Binti kiziwi. Iyi n'indirimbo...

SAT-B ngo yoba ariko arazamura urwaruka ruri hafi yiwe.

0
Umuririmvyi wo muri Buja music Sat-B ngo yoba yatanze amafaranga y'amarundi agera ku miliyoni 25 ku rwaruka rumuri hafi muri timu Satura kugirango gwiyungunganye. Nk'uko...

“Birateba” indirimbo nshasha ya Sat-b

0
Nkuko biboneka mumajambo Uyo muririmvyi yanditse kuruhome rw´urubuga rwiwe kuri uyu w´Imana. Sat-b agira ati: "N’ukwo KAZOVIYO atakera utwiwe agana i Burayi kurondera ubuzima inyuma...

Fortran Bigirimana atagekanya gukora ibiteramo 3 muri Canada

0
Nk´uko bigaragara ku capa( Affiche) Uyo aririmba indirimbo z´Imana Gospel, azokorera ivyo biteramo mu bisagara 3 bitandukanye no kumagenekerezo atandukanye. Igiteramo cambere kizobera mu gisagara...

Kwonsa umugabo wanje kurushirizaho kutunywanisha

0
Rachel Bailey w'imyaka 30 aba i Florida muri Reta zunzubumwe za Amerika yemezako yonsa umugabo wiwe. Nk'uko yabitangarije ku mbuga ngurukanabumenyi zitandukanye mu ntango z'ino...

Umubabaro muri benentare inyuma yogusezererwa n´intare.

0
Umwe mubatihanganiye kugaragaza akababaro ni umuririmvyi Nzeyimana batazira Mkombozi. Mubutumwa kurubuga rwiwe rwa facebook yagize ati:"Nari niteze gusekura none naraye nsekuwe". Murubwo butumwa uyo murimvyi arashima...

Intamba zigatsinda, umukinyi umwe ahabwa imiliyoni 15

0
Ayo n'amwe mu makuru ava muburongozi bw'ishirahamwe ry'Umupira w'amaguru FFB, muntumbero yo guter'intege abakinyi. Alexandre Muyungu umuyobozi w'iryo shirahamwe ati :"Nka hamwe Uburundi bworonka uburenganzira...

Sport : Uburundi ngo butegerezwa kuja muri Cote D’Ivoire

0
Kuruyu wakabiri  12 Nyakanga umugwi nserukiragihugu w'uburundi Intamba mu rugamba uzotana mumitwe n'intambwe zitingingwa za Cameron mu rukino rwanyuma rwo kurondera itike yo kuzokwitabira...

Ibiteramo mu Rumonge birabandanya

0
Inyuma ya Olegue aheruka gukor'igiteramo mu gisagara ca Magara, komine Bugarama y'intara ya Rumonge, umuririmvyi MB Data nawe ati natanzwe. Data agiye gukor'igiteramo mu gisagara...
Google search engine

Recent Posts