Sunday, February 23, 2025

Looking for Arrangement Worth 2022 Our Worth You Pay

0
Articles Is The Searching for Arrangements Iphone app Safe To Use? If you have...

VIDEO NSHASHA | Sasa Sandra- Ririmba | DOWNLOAD

0
Umuririmvyikazi Sasa Sandra asazwe aririmba indirimbo zoguhayagiza Imana Gospel Music ya sohoye indirimbo yiwe yambere inafise n'amasanamu yitwa ‘Ririmba. Urashobora kugira play ukayiraba ngaha. https://www.youtube.com/watch?v=Hv05FC2vsi8

GOSPEL NSHASHA |Obin Boateng Ft Vanessa & Jackson – Ihinduka | Download

0
Indirimbo y’oguhimbaza Imana y’umuhisi Obin Boateng aheruka kwitaba Imana yakoranye nabaririmvyi babiri aribo Vanessa hamwe na Jackson ya shizwe kumugaragaro ikaba ifise n’amasanamu yitwa...

Umuryango niwe watumye Président wumugwi wa Les Crocos Fc yatanze imihoho.

0
Ulimwengu Bigirimana yarasazwe arongoye umugwi w’umupira wa magururu Les Crocos Fc wo mu Ntara ya Rumonge yatanze imihoho ya kurungora uyu mugwi, ivyo bikaba...

Burundi mu kibanza c’ 7 muri CECAFA

0
Murutonde rwa FIFA mu kwezi kwa Gitugutu 2022 , Igihugu c'Uburundi buhagaze mu kibanza c' 141 kw'isi yose , ikibanza c'7 ku bihugu bihurikiye...

Natacha Akumira Bamwe kuri Laboss Part

0
kuyundi curo nkuko yamye abikora kira mwaka umuririmvyikazi Natacha Burundi ategura Part yita Laboss Party yama ibahuza nabamwe muba muba mukikije mubikogwa vyiwe vy'umuziki...

Hari amakuru avugwa kuri Umukinyi Olivier Bayizere

0
Amakuru ariko aravugwa kuri Olivier Bayizere umusatirizi wa Messager Ngozi FC yanaciye mu migwi itandukanye nka Flambeau du Centre wo mu gisagara ca Gitega...

INKURU ISHUSHE : Francine NIYONSABA ahejeje gutahukana ikibanza cambere mugisagara ca Qatar.

0
Muminita umunani n’amasekonde mirongi tatu n’indwi n’ibice mirongirindwi (8:37.70) niwe umwanya Umunonotsi Francine NIYONSABA yagize kumetero ibihumbi bitatu (3000m). Nimumahiganwo Doha Diamond League yaberey mugisaka...

INKURU ISHUSHE : Passeport Diplomatique niyo yaronkejwe Unumunonotsi Francine NIYINSABA

0
Umushikirangaji y'iimigenderanire ALBERT SHINGIRO yarahe ahaye umunonotsi NIYONSABA Francine urupapuro gwinzira y'abaserukira ibihugu (Passeport Diplomatique) kuruyu wagatanu igenekerezo rya 6 Ruheshi 2022, Francine akaba...

INKURU ISHUSHE : Umunonotsi Bukuru Léonce abandanya gukora amateka muma kungu

0
Kuruyu wagatatu igenekerezo rya 9 Ndamukiza 2022 umunonotsi Léonce BUKURU yongeye gutangaza abataliyano namakunhu mukubatsinda kuri kubirometoro c’umi mugusiganwa. Ni ihiganwa ryabereye muri île yitwa...
Google search engine

Recent Posts