Home NEWS INKURU ISHUSHE : Francine NIYONSABA ahejeje gutahukana ikibanza cambere mugisagara ca Qatar.

INKURU ISHUSHE : Francine NIYONSABA ahejeje gutahukana ikibanza cambere mugisagara ca Qatar.

226
0
Muminita umunani n’amasekonde mirongi tatu n’indwi n’ibice mirongirindwi (8:37.70) niwe umwanya Umunonotsi Francine NIYONSABA yagize kumetero ibihumbi bitatu (3000m).
Nimumahiganwo Doha Diamond League yaberey mugisaka ca Qatar kuruyu wa gatano igenekerezo rya 13 Rusama 2022.
24231cookie-checkINKURU ISHUSHE : Francine NIYONSABA ahejeje gutahukana ikibanza cambere mugisagara ca Qatar.
Previous articleVIDEO NSHASHA | Easy Boy ft Dj Philbyte – Ndashuhiwe | Download
Next articleVIDO NSHASHA | NZIZA DESIRE – NUMUYABAGA REMIX | Download

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here