Home AMAKURU Burundi mu kibanza c’ 7 muri CECAFA

Burundi mu kibanza c’ 7 muri CECAFA

0
365
Murutonde rwa FIFA mu kwezi kwa Gitugutu 2022 , Igihugu c’Uburundi buhagaze mu kibanza c’ 141 kw’isi yose , ikibanza c’7 ku bihugu bihurikiye mu karere ka CECAFA.
1. Uganda mu kibanza ca 89
2. Kenya 101
3. Sudan 128
4. Tanzania 130
5. Ethiopia 137
6. Rwanda 138
7. Burundi 141
8. Sudan y’epfo 165
9. Djibouti 193
10. Erythrée 200
11. Somalia 203
35640cookie-checkBurundi mu kibanza c’ 7 muri CECAFA

NO COMMENTS

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here