Monday, February 24, 2025

Cristiano Ronaldo yaguzwe n’umugwi wa Al-Nassr

0
Cristiano Ronaldo abaye umukinyi wa mbere kw'isi afise agaciro bivanye n'amahera agiye guhabwa n'umugwi wa Al-Nassr wo mu gihugu ca Arabia Saoudite. Kuwa 30 Kigarama...

NTAKAGERO OMAR abarizwa mu mugwi wa Musongati

0
Ntibikiri urukurukuru umumenyereza Omar Ntakagero vyarangiye agiye kumenyereza umugwi wa Musongati wo mu ntara ya Gitega mu mezi atandatu ari imbere. Muri iyo ntara nziza...

Igice ca kabiri c’umwaka w’ishure kizotangura itariki 02 Nzero 2023

0
Mw'itangazo ryashizwe ahabona n'ubushikiranganji bw'indero n'ubushakashatsi itariki 26 Kigarama 2022, rimenyesha ko ivyigwa vy'igice ca Kabiri c'umwaka w'ishure bizotangura igenekerezo rya 02 Nzero 2023. Nayo...

Abaririmvyi ba barundi bareke kugara – King Baba

0
Umwanditsi w'indirimbo 'VIBE' indirimbo iriko irakora neza mur'ikigihe  muri Buja fleva King Baba, King Baba akaba yemeje ko ari umwe mu baririmvyi ba barundi...

GOSPEL NSHASHA |Coco Claudia – Burimusi | Download

0
Umuririrmvyikazi Coco Claudia asazwe aririmba indirimbo zoguhimbaza Imana yakuzaniye iyindi ndirimbo nshasha yitwa 'Burimusi' Urashobora kugira play ukayiraba ngaha. https://www.youtube.com/watch?v=z1wh_5OTJ3A  

EP Doctor Of Love ya D-One Izosohoka kuruyu wa gatanu

0
Kuncuro ya mbere umuririmvyi   wo muri Iteka Music agiye gusohora EP yiwe ya mbere, iyo EP ikaba izoba yitwa 'Doctor of love' ikaba izoba igizwe...

Kirikou Akili – Erega umuntu aduzwa n’Imana Son of jah

0
Umuririmvyo kirikou Akili yashimye kubwira abantu bafise imitima mibi badashaka kubona abandi batera imbere naho utera imbere bibazo ko aribo batumye ushika kure, Kirikou...

Nta Benzema nta birori – karim Benzema Arasabwa kwisubirako agakinira ubufaransa muri Euro

0
Umusatirizi Karim Mostafa Benzema yaraye asezeye muri ekipe y'igihugu c'u Bufaransa "'Les Beus', arasabwa na benshi mu bafana kwisubirako, akagaruka gutanga umunezero. Bamwe bati...

Joseph Ntakirutimana niwe agiye kurongora Inama Nshingamateka y’ umuryango wa Afrika y’ ubuseruko EALA...

0
Umushingamateka Joseph Ntakirutimana akaba yqatowe kuruyu wakabiri igenekerezo rya 20 Kigarama 2022 ngo arongore Inama Nshingamateka y' umuryango wa Afrika y' ubuseruko EALA (...

ANSS ihimbaza Imyaka 30 y’ubutwari mu kurwanya Sid

0
Kuruwi wagatanu igenekerezo rya 16 Kigarama 2022 Ku civugo "Imyaka 30 y'ubutwari mu kurwanya Sida", Ishirahamwe ANSS (Association Nationale de Soutien aux Séropositifs et...
Google search engine

Recent Posts