NTAKAGERO OMAR abarizwa mu mugwi wa Musongati

NTAKAGERO OMAR abarizwa mu mugwi wa Musongati

29 décembre 2022 0 Par H. Mervis

Ntibikiri urukurukuru umumenyereza Omar Ntakagero vyarangiye agiye kumenyereza umugwi wa Musongati wo mu ntara ya Gitega mu mezi atandatu ari imbere.

Muri iyo ntara nziza ya Gitega , yigeze guca mu mugwi ukebana cane na Musongati fc ariwo Flambeau du Centre Fc . Mu mwaka umwe ,yawufashije gukina ico bita ‘Finales’ 4 , yatahukanye imwe (Coupe de l’unité) izindi ntivyakunze . Asubiriye Nahimana Hussein Welo.

Facebook Comments Box
48160cookie-checkNTAKAGERO OMAR abarizwa mu mugwi wa Musongati