EP Doctor Of Love ya D-One Izosohoka kuruyu wa gatanu

EP Doctor Of Love ya D-One Izosohoka kuruyu wa gatanu

21 décembre 2022 0 Par H. Mervis
Kuncuro ya mbere umuririmvyi   wo muri Iteka Music agiye gusohora EP yiwe ya mbere, iyo EP ikaba izoba yitwa ‘Doctor of love’ ikaba izoba igizwe n’indirimbo 5 murizo ndirimbo zibiri gusa nizo yakoranye n’abandi baririmvyi nk’indirimbo igirakane ‘Panda yakoranye n’abaririmvyi babiri TREY ZO na Rappy boy n’indirimbo ya gatanu ‘Umurundi yayikoranye n’abririmbyi batatu aribo Ado Josson, Mt number One na Augustin Powan.
1. Doctor of Love
2. Nzocakira
3. Enjoy
4. Panda ft Trey Zo & Rappy Boy
5. Umurundi ft Ado Josson & Mt number One & Augustin Powan
EP Doctot of Love ikaba izoja kumugaragaro kuruyu wa gatanu itariki 23 Kigarama 2022 nkuko D-One abivuga abicishije kurubuga gwa instagram.
Facebook Comments Box
47130cookie-checkEP Doctor Of Love ya D-One Izosohoka kuruyu wa gatanu