Saturday, May 10, 2025

INKURU ISHUSHE : Ngizi Indoto za Miss Erica zoguhura N’umukuru w’igihugu Cacu

0
Umuririmvyi kazi Irakoze Erica a.k.a Miss Erica yaraye yerekenye indoto ziwe zoguhura na President Evariste NDAYISHIMIYE abicishije kuri instagram yiwe, Miss Erica kuri poste yiwe...

INKURU ISHUSHE : Hasigaye Imisi Mike Indirimbo Nzotegereza Isohoke – Lolilo

0
Nimugihe haheze indwi irenga Umuririmvyi Lolilo Simba agaragarije ko agiye gusohora indirimbo yiwe yambere muruyu mwaka mushasha 2022, nkoko yavyerekanye izoza yitwa "NZOTEGEREZA" aho...

INKURU ISHUSHE : film Umutengo izoza itavyorosha

0
Kuncuro ya mbere abaririmvyi bakoma komeye bahurikiye muri Rumonge Fleva muntara ya Rumonge  Tigger Brizz, Famous n’abandi bakinyi bamareresi bakomakomye bomuriyo ntara bazogaragara muri...

INKURU ISHUSHE : Arivuguruje Abavuga ko Arondera Amahera ya Kanye West Gusa Ntarukundo amufiteye-...

0
Umwigeme Juliafox muri ikigihe arimuri relartion y'urukondo na Kanye West yivuguruje abantu babandanya bamutera amajambo ko ari kwa Kanye mubusuma gusa ntarukundo afise yishakira...

INKURU SHASHA : Abansi Banje Kumengo Bacitse Inguvu – Arnovic

0
Umumuririmvyi ari Hit kundirimbo "My Wife " Arnovic beshi bamuzi nokwizina  "Nduwokumashuha" yerekanye ko yifuza abansi bashasha nkuko ya bicishije kuri instagram yiwe ngo...

INKURU ISHUSHE : Rachly Nish Yifuriza Isabukuru gy’amavuko Claude Adirondacks

0
"Shimirimana cane kukongera uyundimwaka ndagukunda cane musaza wanje, Imana ikundindira isabukuri gy’amavuka ryiza"  ayo namajambo yokwifuriza isabukuri gy’iza Claude Adirondacks musazawe Umuririmvyikazi Rachly Ninsh...

INKURU ISHUSHE : Gutwenga Ngo Birongereza Imisi Yokubaho?

0
Mucigwa cakozwe muri 2013 kubandi 53.000 bari bitavye icogikogwa cogutwenga, icigwa cari kibereye sna  aho ibice 20% vyabitavye vyerekanye ko umuntu atwenga cane yongera...

INKURU ISHUSHE : Ndimumaganya Meshi Kubona Ntariko ndakuresha Telephone – Uncle B Mwami

0
Namye nitwararika cane kuba hafi y'abakunzi banje cane cane mukwakira imbanuro zabo n'ivyifuzo bitandukanye ayo namajambo y'umuririmvyi Uncle B Mwami Classi wo muntara ya...

INKURU ISHUSHE : Kumbe Bidondo Arafise Shop Yiwe?

0
Umuririmvyi akaba n'umukinyi wamarersi atwenza (comemedien) Generencha Bidondo abicishije kumbuga ziwe abandanya ahimiriza abakunzi bibikogwa vyiwe kumushigigikira nokumoteza imbire muku mushorera idindazwa kuri shop...

INKURU ISHUSHE : Big Fizzo Amukubise Hasi Natacha Burundi Kuma Vues

0
Nimugihe indirimbo "Hangama" ya Big Fizzo hamwe n'indirimbo "Nushimwe" ya Natacha Burundi zasohekeye umuzi umwe kuwa wambere igenekerezo rya 17 Nzero 2022 ariko izo...
Google search engine

Recent Posts