Hamenyekanye Abakinyi bagiye kwitegurira Urukino ruzobahuza na Cameroun.
Urutonde rw'abakinyi 37, umumenyereza Etienne Ndayiragije yahamagaye mu mugwi nserukiragihugu Intamba mu Rugamba officiel, mu ntumbero yo kwitegurira urukino rukomeye ruzohuza Uburundi na Cameroun...
Vuba Twitege bishasha vya Meili
Umuririmvyikazi Meili inyuma y'amezi ane asohoye y'indirimbo KURE Imaze kurabwa n'abantu barenga 60.000 Vues (60 k ) kurubuga gwa Youtube amenyesha abakunzi biwe ko...
Burundi : Igiteramo mpuzamakungu co gutwenzwa.
Kuko bigaragara kurubuga rwa Facebook rw´umunyabugenegene akunzwe cane McaTricky, ico giteramo kizobera i Bujumbu muri centre Kinindo.
Kizoba kirimwo abanyabugenegene mugutwenza bava Mu Rwanda Burundi...
INKURU ISHUSHE : Hasigaye Imisi Mike Indirimbo Nzotegereza Isohoke – Lolilo
Nimugihe haheze indwi irenga Umuririmvyi Lolilo Simba agaragarije ko agiye gusohora indirimbo yiwe yambere muruyu mwaka mushasha 2022, nkoko yavyerekanye izoza yitwa "NZOTEGEREZA" aho...
Bayern Munich irashobora gutakaza umukinyi Sadio Mané
Hari amakuru ariko aravugwangwako umukinyi Sadio Mané ashobora kuva mu murwi wa Bayern Munich muci rigiye gutangura, yo makuru kandi aravuga ko Imirwi yo...
BONGO FLEVA : Akaunti ya Youtube ya Msanii Diamond platnumz wafungwa kwa kukiuka muongozo
Akaunti ya You Tube ya mwanamuziki maarufu kutoka Afrika Mashariki Diamond Platinumz imefungwa kwa kukiuka utaratibu na masharti ya mtandao huo.
Akaunti hiyo rilikuwa na...
Bongo : Indirimbo ” Waah ” n’amateka yayo
Waah n'indirimbo yasohotse kw'igenekerezo rya 30 Nyakanga 2020. Yaririmbwe na Diamond Platnumz umuririmvyi wo mu gihugu ca Tanzania arikumwe na Koffi Olomide wo muri...
Kirikou A Kili yereka urukundo Big fizzo kuri Instagram
Umuririmvyi Kirikou Akili asanzwe yegukira umugwi Bilimani Boy yerekanye urukundo rudasazwe k'umuririmvyi Big Fizzo mugushira ifoto ya Big Fizzo kuri profil yiwe ya Instagram...
INKURU ISHUSHE : Imana irikumwe natwe | Amajambo ya Christopher Muneza inyuma yogushikana 1M...
N'ukwezi kurenga umucuraranzi Christopher Muneza wo mugihugu c'urwanga asohoye indirmbo nshasha yise "Nibido" ikaba ifise amasana, iyo ndirimbo gushika ubu biragaragara ko iriko irakoraneza...
Love is mystery Ep Yoba yarahebwe?
Mumpera z'umwaka wa 2023 ,umuririmvyi Msamaria Danielo asanzwe ya muka mugisagara ca Rumonge yamenyesheje abakunzi biwe ko agiye gushira ahabona urukurikirane rw'indirimbo.
Uyo ubu abarizwa...