Tuesday, May 13, 2025

Trey Zo & Rappy Boy Bagiye kuva muga cerere barikumwe na Berry Music

0
zabujaAbaririmvyi Trey Zo na Rappy Boy abanditsi bindirimbo zitandukanye mbere na hit y'indirimbo Yooh biyemeje gushira kumugaragaro indirimbo nshasha nkuko babigaragaje kumbuga ngurukana bumenyi...

Ukwiyandiki Mw’Ihiganwa NANJE NDARIRIMBA 2ème EDITION Vyatanguye

0
Ihiganwa rigaragaza impano yabanya muziki NANJE NDARIRIMBA risanzwe ritunganya ISANAMU irikumwe na BANTU BWOY ENTERTAINMENT  kucuro yakabiri riragarutse aho ukwiyandikisha vyatanguye uyumusi itariki 14...

Belle 9ice Ngo ntiwitinye kumubaza ico ushaka

0
Umuririmvyi kazi Belle 9ice yuguruye imyango kubantu bose n'abakunzi bibi kogwa vyiwe bose mukwakira ibibazo kuwariwewese ashaka kumubaza ikibanzo ashaka, ivyo akaba hehejeje kubibigaragaza...

Umugwi Mbugitse Unit Ntukiri Mugacerere Warumazemwo Igihe Gitari Gito.

0
Umugwi Mbugits Unit usazwe ufise icicaro muntara ya Rumonge uhurikiyemwo abaririmvyi 5, harihaheze ikiringo kitari gito umugwi Mbugits Unit badasohoro indirimbo nimwe mukiringo c’umwaka ...

Ibirori vy’umunsi mukuru wo gukunda no gukundisha igihugu no kwibuka imyaka ibiri irangiye Umukuru...

0
Ibirori vy'umunsi mukuru wo gukunda no gukundisha igihugu no kwibuka imyaka ibiri irangiye Umukuru w'igihugu Petero Nkurunziza yitavye Imana biriko bibera ku mugwa mukuru...

CONCOUR : Imigwi 17 niyo igiye guhiganigwa ama Dollar 100 – Concour de Dence

0
Studio Super Diamond yo muntara ya Rumonge ya guteguriye kucuro yakabiri ihiganwa ( Competition 2 em Edition) izohuza imigwi 17 mugice cambere Demi Final...

STAMINA ft Chef 187 Indirimbo B Face agiye gushira ahabona

0
Umuririmvyi B Face aheruka kwitahukanira agashimwe kumuririmvyi wumyaka mwihiganwa Isanganiro Award 2022 rituganywa kira mwaka na Radio Televion  isanganiro, tukwibutse ko murirryo higanwa harimwo...

INKURU ISHUSHE : Lolilo – Umugabo w’ukuri Arangwa n’ibikorwa

0
Umuririmvyi Nzeyimana Nassoro azwi kwizina Lolilo yatanze impanuro ikomeye kubakunzi bibikogwa vyiwe ndetse noku barundi bose kwijukira akazi kuko niyosoko y'iterambera cane cane kubagabo...

KAMPALA – OUGANDA : Spice Diana Mumubabaro inyuma yugusiba mugiterama kumpamvu yokubura Visa

0
Umugandakazi Spice Diane yagaragaje umubabaro wiwe kubakunzi bumuziki wiwe cane cane kuba kunzi biwe bari bamwiteze mugiteramo Empower The Girl Child kizakuba kuruyu wagatandatu...

INKURU ISHUSHE : Ibitangaza biri muri EP PARTY LOVE ya Alvin Smith agiye...

0
Nkuko yabicishije kumbuga ziwe umuririmvyi ndesta akaba n'umukinyi w'amareresi muburundi Alvin Smith yerekanye urutonge gw'indrimbo zizoba zigiwe EP yiwe Party Love, Alvni ati Ep...
Google search engine

Recent Posts