Mu Rumonge hagiye gusha na Label nshasha “Fusho Tune “
Hari amakuru avugwa yuko hari Label nshasha igiye gutangura kugaragara muri muziki wo mu Ntara ya Rumonge bita Rumonge Fleva. Kubijanye niyo label ntamakuru...
Endo Mike Na Tracy Bungutse ikibondo
Umuhinyanyuzi wa Bantu Bwoy Entertainment, Endo Mike n'umukenyezi wiwe Tracy Muremyi bari mume nezo mwishi kubona bironkeye ikibondo kuruyu w'imana igenekerezo rya 15 Nzero...
Wiz Designer yaronse agashimwe ku ndirimbo yiwe Be Mine
Umuririmvyi Wiz Designer yatanguye umwaka neza mukuronka agashimwe ku ndirimbo yiwe "Be mine" ya shoboye gutahukana ikibanza ca mbere mw'ihiganwa ,"IJWI RY'UMUFANA" rigira kabiri...
Nassra IRAKOZE atahukanye urugori rwa Miss Africa Golden Top Model 2022
Uwigeme "Nassra IRAKOZE" yari yaserukiye igihugu cacu c'uburundi mw'ihiganwa rya "MISS AFRICA TOP MODEL 2022" rwariko ribera mu gihugu ca Nigeria, Nassra IRAKOZEakaba yaraye...
Arnovic agiye gutangura umwaka n’indrimbo nshasha
Umuririmvyi nduwo kumashuha Arnovic agiye gutangura umwaka n'indirimbo nshasha azo sohora vuba yise "Mon Pays indirimbo yakoranye n'umuririmvyikazi La Reine Gaga.
Muriyo ndirimbo barata ivyiza...
Masterland ahiganira 10.000 euros muri Prix découvertes 2022 na RFI
Umuririmvyi akaba kandi umuhinyanyizi Armel Chabel Marial Ngendakumana azwi kwizina Masterland ari mubaririmvyi baronse uburenganzi bwogushika mugice ca nyuma Final mw'igiganwa ritegugwa na Radio...
Amahera ya Natacha yaraheze asigaye Atakambira abategura ibiteramo kumushiramwo
Umuririmvyikazi Natacha Burundi n'umwe mubaririmvyikazi bivugwangwa ko afise amafaranga gusuba abandi mu gihugu c'Uburundi nkako akunda kwiyita LaBoss, na ho yiyita canke bamwita LaBoss...
Photos : Vyose vyiza kuri wewe – Look Nshasha ya Natacha Burundi Ishimisha Benshi
Marikia wawe w'umuziki ndundi, Natacha Burundi yeretse abakunzi biwe look yiwe nshasha aho benshi bamuteye amashugwe muku mwereka ko bakunze look yiwe, ivyo bikaba...
Umucamanza wa Tory Lanez ategura kunguzura urubanza.
Umugwi wumu y'umururimvyi aririmba umudiho wa Hip Hop Tory Lanez yerekanye kudashimishwa n'ingiho y'ubuchamanza, kurivyo umuchamanza wuyo muririmvyi "George Mgdesyan" akaba yiteguye kukurunza inyuma...
Israel Mbonyi agiye guteramira mugisagara ca Bujumbura
Umwe mubaririmvyi bakunzwe cane muraka karere mu ndirimbo zoguhimbaza Imana asazwe aturuka mu giguhu c'urwanda Israel Mbonyi agiye guheraheza umwaka wa 2022 muku nezegwa...