Home ENTERTAINMENT Wiz Designer yaronse agashimwe ku ndirimbo yiwe Be Mine

Wiz Designer yaronse agashimwe ku ndirimbo yiwe Be Mine

197
0
Umuririmvyi Wiz Designer yatanguye umwaka neza mukuronka agashimwe ku ndirimbo yiwe “Be mine” ya shoboye gutahukana ikibanza ca mbere mw’ihiganwa ,“IJWI RY’UMUFANA” rigira kabiri ritegurwa n’urubuga rwa Izoom Online indirimbo yakoranye n’umuririmvyi Double Jay.
Abicishije kuri instagram yiwe Wiz designer yashimiye cane abakunzi biwe  akaba yagize ati :” Ndashimiye abakunzi b’umuziki bampaye amahigwe bakantora, n’ivyagaciro cane kuri jewe”.
Murubwo  bushimwe yaronkejwe Wiz Designer harimwo ukumufata mu mugongo mu bikorwa vyiwe vya minsi yose mu gihe azoba abikenye mu kiringo c’ukwezi.
49900cookie-checkWiz Designer yaronse agashimwe ku ndirimbo yiwe Be Mine
Previous articleVIDEO NSHASHA | John Black – Ibishetani | Download
Next articleVIDEO NSHASHA | Mr Lee – Mr single | Download