VIDEO NSHASHA | Mr Lee – Mr single | Download

VIDEO NSHASHA | Mr Lee – Mr single | Download

16 janvier 2023 Non Par H. Mervis

Umuririmvyi wawe  Mr Lee  yagarutse neza mukuguha indirimbo nshasha inafise mbere n’amasanamu yateye igomwe cane yise « Mr Single » ati : umeniumiza namwe mu majambo yari muriyo ndirimbo.

Urashobora gufyonda  play hama ntiwibagira kwandika akajambo akarikokose muri commentaire  niyaza gusoma ama commentaire asome ivyo wamwandikiye

Download | Mr Le e- Mr single ( Audio MP3) (45 téléchargements)

Facebook Comments Box
49960cookie-checkVIDEO NSHASHA | Mr Lee – Mr single | Download