Mu Rumonge hagiye gusha na Label nshasha « Fusho Tune « 

Mu Rumonge hagiye gusha na Label nshasha « Fusho Tune « 

19 janvier 2023 Non Par H. Mervis

Hari amakuru avugwa yuko hari Label nshasha igiye gutangura kugaragara muri  muziki wo mu Ntara ya Rumonge bita Rumonge Fleva. Kubijanye niyo label ntamakuru menshi arasohoka tubandanya tubatohoreza mugumane nikinyamakuru canyu zabuja.com.

RABA NIYI VIDEO : Vijana Hawataki Kuowa Kwanini? Ndoma isha magumu ao?

Facebook Comments Box
50270cookie-checkMu Rumonge hagiye gusha na Label nshasha « Fusho Tune «