Home NEWS Drama T mu gahinda indirimbo yiwe Madamu ishobora gufutwa kuru buga rwa...

Drama T mu gahinda indirimbo yiwe Madamu ishobora gufutwa kuru buga rwa Youtube

214
0
Indirimbo MADAMU y’umuririmvyi Drama T  n’indirimbo yambere y’umwaka wa 2022 ariko irashobora gufutwa ku rubuga rwa Youtube nkuko biriko biragaragara kurugwo rubuga.
Ivyo bikaba binugwanugwa inyuma yihagarikwa  mugu futa amajwi, ariko mu gihe bimeze uko video irashobora gufutwa canke Youtube igafuta compte kiretse bitunganye, iyo ndirimbo ikaba igeze ku bantu barenga imiriyoni 3.4M bayiravye kuri Youtube.
Indirimbo MADAMU ikaba izira akantu gato kavuga mu ntango (Introduction) imbere yuko umuziki original utangura.
Ayomajwi yako kaziki  kakaba kavuye mu ndirimbo “La vie en rose” y’umufaransa Edith Piaf.
Umuririmvyi Drama T wewe abicishije kuri insta-story yiwe arahumuriza abakunzi biwe kuko barikumwe n’umugwi wiwe bariko bagerageza kugira barabe ko vyoja mu buryo indirimbo ikabandanya.
50410cookie-checkDrama T mu gahinda indirimbo yiwe Madamu ishobora gufutwa kuru buga rwa Youtube
Previous articleMu Rumonge hagiye gusha na Label nshasha “Fusho Tune “
Next articleAmi Pro yara hawe agashimwe na Redemption Voice nkuwa meshekanishije indirimbo za Gospel