VIDEO NSHASHA | Tigger Brizz – Baho | Download
18 janvier 2023Icamamare cawe Tigger Brizz ya garutse neza mu gutangura umwaka mushasha n’indirimbo « Baho » ifisema amasanamu meza cane naho audio yarimaze igihe isohotse.
Urashobora gufyonda play hama ntiwibagira kwandika akajambo akarikokose muri commentaire niyaza gusoma ama commentaire asome ivyo wamwandikiye.
Download | Tigger Brizz Baho (Audio MP3) (52 téléchargements)
Facebook Comments Box
503400cookie-checkVIDEO NSHASHA | Tigger Brizz – Baho | Download