Tigger Brizz arahagaritse ibiteramo vyo mu Rumonge bamutumiramwo

Tigger Brizz arahagaritse ibiteramo vyo mu Rumonge bamutumiramwo

18 janvier 2023 Non Par H. Mervis
 Kumvo yuko batumira abaririmvyi bavuye mu gisagara ca Bujumbura bakabaha amafaranga meshi gusumba abasangwa, ariko hageze mu biteramo akabasumvya kuryosha igiteramo kandi aribo bahawe amafaranga meshi.
 
umuririmvyi Mzee wa Hoshi Tigger Brizz mu kiganiro RumongeFleva kuri radio izere FM, ya menyesheje ko agahembo yahora ahebwa mu biteramo ya gwijije nakabiri ataruko ntagiteramo nakimwe azosubira kujamwo kiretse iciwe yiteguriye.
 
Aho nimugihe umu menyesha makuru Sule S NDIMU yaramubajije yuko muruyu mwaka wa 2023 abakunzi biwe bazo mubona cane mubiteramo.
Facebook Comments Box
50320cookie-checkTigger Brizz arahagaritse ibiteramo vyo mu Rumonge bamutumiramwo