Bongo : Ommy Dimpoz asema kwenye Birthday yake Tusichoke Kumuomba MUNGU Kila Mtihani...
Msani za mziki wa kizazi kipya Kutoka nchini Tanzania Omary Faraji Nyembo maarufu Ommy Dimpoz, akiwa kwenye furaha ya kusherekeye siku yake yakuzaliwa ame...
Umukuru wi Gihugu Evariste Ndayishimiye yifuriza umwaka w’ishure mushasha mwiza
Kuruyu wambere Myandagaro 12, 2022 niho umwaka y'ishure 2022-2023 watanguye mu gihugu cose, nyene icibahiro Umukuru y'igihucu c'Uburundi akaba yifurije abanyeshure bose umwaka mwiza...
Sat-B arikumwe na Belle 9ice basohoye amasanamu Video y’indirimbo ‘Utamu
Ni kuruyu wa gatanu Myandagaro 9, 2022 niho umuririmvyi womuri Buja Flavour Sat-B yasohoye amasanamu ya video yiwe nshasha y’indirimbo yakoranye n'umukunziwiwe Belle 9ice...
Uburundi buramutswa Umushikiranganji wambere mushasha
Inama nshingamateka y’uburundi yakoranye kuri uyu wagatatu igenekerezo rya 07 Nyakanga 2022, bikaba vyasabwe n’umukuru w’Igihugu c’uburundi Evariste Ndayishimiye, aho yemeje ko Gervais Ndirakobuca...
Sat B , Meili na Mtima le Comédien bariko bagendera intara ya Rumonge
Umuririmvyi Sat B arikimwe n'umuririmvyi kazi Meili hamwe numukinyi w'amareresi Mtima le comédien kuruyu wakabiri igenekerezo rya 06 Nyakanga 2022 bariko bagendera intara ya...
Bruce Mélodie yaraye mu gasho mu gisagara ca Bujumbura
Umuririmvyi wo mugihugu c'urwanda Bruce Mélodie akaba yafashwe haheze akanya ashitse i Bujumbura yaraye mu gasho kigipolisi c'uburundi, aho nimugihe yaraje guteramisha abarundi mu...
Lolilo arikumwe na Mr Blue basohoye amasanamu Video y’indirimbo ‘Je Na We
Ni kuruyu wa kabiri Myandagaro 30, 2022 niho umuririmvyi womuri Buja Flavour Lolilo Simba yasohoye amasanamu ya video yiwe nshasha y’indirimbo yakoranye n'umuririmvyi wo...
Message ya Manager Raphael amwishura kuvyerekeye Laboss Party niwe azoba yahawe ubutumire
Umuririmvyi kazi Natacha Burundi yatanze umuco kubakunzi biwe bazo tumugwa muri party izo mu huza n’abankunzi biwe. Natacha abicishije kumbuga ziwe yavuze ko Umuntu...
Bidondine umufasha wa Bindondo y’ibarutse umwana y’umukobwa
Umuririmvyi akaba kandi umukinyi wamareresi yo gutwenza ariyo comédie Generecha Bidondo arimumunezero mwishi cane kuva mugitondo co kuruyu w'imana n’inyuma yuko mumu rwango wiwe...
Berry Music mugikogwa ca shoting ya video nshasha
Umwanditsi windirimbo Melana nizindi zagiye zirakundwa mu muziki ndundi ariwe Berry Music ngo ntiyicaye ariko arakora ikindi kikogwa azoshira kumugaragaro vuba nkuko yashimywe kuvyemeza.
Nkuko...