Sat B , Meili na Mtima le Comédien bariko bagendera intara ya Rumonge

Sat B , Meili na Mtima le Comédien bariko bagendera intara ya Rumonge

6 septembre 2022 0 Par KAMIKAZI

Umuririmvyi Sat B arikimwe n’umuririmvyi kazi Meili hamwe numukinyi w’amareresi Mtima le comédien kuruyu wakabiri igenekerezo rya 06 Nyakanga 2022 bariko bagendera intara ya Rumonge aho bahereye kumutumba wa Gashasha, bakabaherekeje umugambi Tubehoneza mukuraba inyungu z’ibikorwa vy’igisata « Tubehoneza » aho ni mumugambi yo kwegereza amazi meza abenegihugu (Programme Résilience) bo ku mutumba wa Gashasha.

Ivyovyose bikaba vyakozwe ku buryo bwatanzwe n’Ubumwe bwa Buraya mu Burundi.

 

Facebook Comments Box
32620cookie-checkSat B , Meili na Mtima le Comédien bariko bagendera intara ya Rumonge