Uburundi buramutswa Umushikiranganji wambere mushasha

Uburundi buramutswa Umushikiranganji wambere mushasha

7 septembre 2022 0 Par H. Mervis
 Inama nshingamateka y’uburundi yakoranye kuri uyu wagatatu igenekerezo rya 07 Nyakanga 2022, bikaba vyasabwe n’umukuru w’Igihugu c’uburundi Evariste Ndayishimiye, aho yemeje ko Gervais Ndirakobuca ariwe mushikiranganji wambere mushasha akaba asubiriye Alain Guillaume Bunyoni
Gervais Ndirakobuca akaba yemejwe ijana kw’ijana n’abashingamateka bari mu ngoro y’amakoraniro mu Kigobe.
Facebook Comments Box
32851cookie-checkUburundi buramutswa Umushikiranganji wambere mushasha