Home ENTERTAINMENT B Face ahura n’abastar bakoma komeye bo mu gihugu c’urwanda

B Face ahura n’abastar bakoma komeye bo mu gihugu c’urwanda

371
0

Umuririmvyi rurangiranwa mumudiho wa Hip Hop mu Burundi B Face On The’flo aheruka murugendo mugihugu c’urwando aho yahuye n’abastar bakoma komeye bo murico gihugu c’urwanda, nkoko ya bigaragace kuma sanamu kurubuga rwiwe rwa instagram B-face On The’flo yararonse akanya ko kuyanga n’umwigeme akomeye cane mugihugu c’urwanda muku vanga vanga imiziki Dj Iraa. B Face yararose kandi akanya kokuyaga n’umuhinsanyizi The Major akorera munzi y’ubuhinyanyuzi Back Stage Studio akaba mbere ariwe yahinyanyuye indirimbo Akanyobwa by Bushali x Kevin Kade.

 

 

29960cookie-checkB Face ahura n’abastar bakoma komeye bo mu gihugu c’urwanda
Previous articleSat B yari yahishikiye kumusi wa Flambeau Day
Next articleNatacha agiye guteramisha abanya Makamba muri Makamba Paradise

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here