Donald Trump yahinduye itegeko Ku bijanye no gutandukana Ku bubakanye (Divorce).
Umukuru w' Igihugu mushasha Donald Trump, yatangaje Ko ivy' uko abatandukanye bagabura imitungo hagati atarivyo, bitorohereza abagabo.
Kubwiwe avuga ko abagore bamwe bamwe babigize urudandazwa...
Taylor Sexer Demana ashimira Itara Event mu ubufasha buhambaye
Abafashije Demana bakamuhindurira Ubuzima aribo , nabo bari mubariko barashigikira ihiganwa ry'imiduga ( Rallye ) ririko ribera mur'ico gisagara ca Ngozi .
Ni Itara...
“Kazima Imana inkunda”
Ayo ni amwe mu majambo y'indirimbo nshasha ya Dj Fernando.Ayo majambo aje nk'inyishu kubiriko bivurwa kuri uyo muririmvyi.
Mukiringo kitagera kundwi 2 ziheze, umuririmvyikazi akaba...
Rumonge: Mbe ubukene bw’igitoro bwoba bugiye gutuma abantu bibagira agafi?
Iconikibazo Ushobora kwibaza ushitse kukivuko c'uburovyi kiri mugisagara ca Rumonge.
Ikigaragara nuko ibice birenga 90% vy'amato butaja kurondera amafi mukiyaga.
Bamwe mubaronyi bavugako biva kwibura ry'igitoro,...
BURUNDI : Inoti 10000 na 5000 za giye hehe?
Inoti za 1000 na 5000 zirahari zikwiye ahubwo ni umukenyuro wa banki nkuru y'iguhu mukugerageza guhangana n'abadandaza amafaranga.
Iyo ni inyishu ya Normand Bigenda umukuru...
Rumonge: Idongozi z’amadini zisaba kurekurirwa gutunganya ibiteramo.
Babishikirije mu nama yatunganijwe na buramatari w'intara ya Rumonge Leonard Niyonsaba kubarongoye amashengero n'amadini akorera muri iyo ntara.
Umwe m'ubungere yemesheje ko badatahura ukungene abatunganya...
Uburundi bwaraye busubiye guhekurwa n’abitwaje ibigwanisho.
Mwitangazo leta y'uburundi , rivugako umurwi w'abarwanyi ba Red Tabara ariwo waraye usubiye gutera uburundi.
Iryo tangazo nyene rimenyeshako hononekaye ibintu bitari bike ndetse hari...
Isukari ya Diamond yaraye ibaye umururazi
Umwigeme vyavurwako ari m'urukundo ubu n'umuririmvyi w'icamamare mu gihugu ca Tanzania Diamond , yaraye atangaje ko ahebanye nuyo muririmvyi.
Zuchu yamenyesheje mubutumwa burebure busa nuburimwo...
Ngo naho mutamuhaye amashurwe yarayiguriye!
Umuririmvyikazi Monia fleur kumbuga ngurukana bumenyi agaragara ari ahantu heza cane afise umufugo wamashurwe.
Mubutumwa yakuri kije izo sanamu yagize ati "barayanyimye none ndayiguriye nakare...
Ntacijana ku ba Star.
Umuririmvyi karume Abubakar Sat-B ntacakora ngo agende atakimenyeshe abakunzi biwe.
Aho yagaragarije aherutse kwereka abakunzi biwe bamukurikirana kumbuga ngurukana bumenyiko aherutse kugura téléphone nshasha izimvye.
Nkuko...