Monday, May 12, 2025

Inyuma yo guharirwa ivomo; Amber Rutty n’umugabo wiwe bahisemwo gukizwa

0
Amber Rutty n'umutanzaniyakazi yamenyekanye cane inyuma yo gukwiragira kw'amasanamu y'urukozasoni yiwe n'umugabowe. Nk'uko amakuru dukesha urubuga rwa Swahili world avyemeza, Amber Rutty yamenyesheje muntango...

Ed Sheeran yaramaze kwiyimbira inturo.

Umuririmvyi akaba n'umwanditsi w'indirimbo wo mu gihugu c'Ubwongereza Ed Sheeran ngo ariteguriye urubanza rwo gupfa. Mu kiganiro yatanze kuri GQ Hype, uyo muririmvyi amaze kwegukana...

Msamalia Danielo nawe ati bye bye BaNTU BWOY.

0
Inyuma y´iminsi 5 umuririmvyikazi cherine Rock asezeye muri Management ya Bantubwoy, Msamalia Danielo nawe yaraye amenyesheje ko atakirikumwe niyo Management. "Ndashimiye bantubwoy Entertainment kuvyo mwankoreye...

Inyuma yigihe atagaragara agiye gushira ahabona indirimbo nshasha

0
Ndikumana Bora azwi kw'izina rya Bora Qween ngo agiye gushira ahabona kuruyu wakabiri igenekerezo rya 10 Gitugutu, indirimbo "Mon bébé" yaririmbanye na Dyd Umuranga....

Intamba murugamba z’abigeme zerekeje mu gihugu c’Afrika y’epfo.

0
Umugwi nserukira gihugu w'abigeme batarenza imyaka 20 bafashe indege kuri uyu wakane igenekerezo rya 05 Gitugutu berekeza mu gihugu c’Afrika y’epfo aho bazo kina...

Victor Osimhen yoba agiye kwitaho abagendana ubumuga

Uyu musore yamuka muri Nigeria agakinira umugwi wa Naple mu Bufaransa ngo yoba yiteguye kugera ikirenge muc'umunyasenegare Sadio Mané  mu gufasha benewabo bo ku...

Bongo : Alikiba na Amina bashobora gutandukana.

Haraheze imisi itari mike ku mbuga ngurukanabumenyi zitandukanye hagarukwa ku makuru y'urugo rw'umuririmvyi w'umutanzaniya Alikiba rwoba ruri muyabira. Mur'iyi ntango ya Gitugutu, Amina (umukenyezi wa...

Burundi : Akarusho kadasanzwe kagiye kuboneka kubaririmvyi

0
Hamwe  ikigo OBDA (Office Burundais du Droit d'Auteurs et des droits voisiny) co Shira umukono kucegeranyo giheruka gushikiriza , abaririmvyi boronka akarusho. Nkuko bivugwa na...

Kanye West agiye gushir’ahabona album nshasha.

Inyuma y'ikiringo kitari gito adasohora indirimbo nshasha bitumwe n'ibibazo ry'urugo n'ibindi , umuraperi wo muri Leta zunzubumwe za Amerika Kanye west ngwagiye gushir'ahabona album...

Sport : Real Madrid iyoboje inkoni y’icuma Laliga.

Inyuma yo gutahukana intsinzi y'ibitsindo 3 ku 0 bwa ekipe ya Girona kur'uyu wa 30 Nyakanga, umugwi wa Real Madrid waciye uja mu kibanza...
Google search engine

Recent Posts