Irène Raguel yishimira uko yifurijwe umusi mukuru wiwe wamavuko nabakunzi biwe.
Umuririmvyikazi Irène Raguel abicishije kurubuga gwiwe yashimiye abamuhaye udushimwe igiye yariko arahimbaza isabukuru ry'amavuko aho nimugihe yararumanije imyaka cumi n'imbiri ry'amavuko.
Yanditse ati : AMAHORO...
Abarimvyi b’abarundi ngo ntibari bakwiye gufuha.
Uyo n'umwihwezo wa Bizimana Aboubakar Karume benshi bazi kw'izina rya Sat-B.
Abicishije kurubuga rwiwe rwa Meta(facebook) ngo ntatahura kumwe n'abipfuzako abaririmvyi bo mubindi bihugu batoza...
Imidiho nyafruki ngo yoba ikunzwe kurusha mvamakungu
B-Face on the flow yemeza ko imidiho amapiano Afrobeat barushirizaho kwifatira isi y'umuziki.
Ku bwiwe ngo nivyo kwishimira kuko iyo yose ni imidiho nyafrika...
Abandanya kwamamara.
Inyuma yo kuronka Nomination muma Awards nka Hiskool Awards HipiPo Music Awards hamwe na Isango na Music Awards umuririmvyikazi Natacha Ngendabanka yamaze kuronka nomination...
Mbe ninde wundi yobishobora.
Afise abamucungerera ubuzima bagera kuri 7 ahemba miliyoni 25 z'amadolari ku mwaka ayo nayo arenga miliyoni 75 z'amarundi ku musi.
Afise imodoka 3 zimugendanira hamwe...
Uyu niwe Diamond Platnumz
Abicishije ku rubuga rwiwe rwa Instagram, nyina wa Diamond Platnumz, umuririmvyi wo mu gihugu ca Tanzania yashize ahabona ifoto y'umuhungu wiwe akiri muto aca...
Abririmvyi b´abarundi baguma babumenyekanisha mumakungu.
Mubaririmvyi bahafi baheruka gutunganya ibiteramo twovuga nka Sat B mugihugu ca Suède, abaririmvyi nka Kilikou na Drama T mu bu Faransa.
Abandi baririmvyi bakaba abatumire...
Sat-B niho akibona ko ijambo Urukondo rifise akamaro mu muziki ndundi.
Mugihe twari tumenyeye kubona abaririmvyi b´umuziki ndundi bama basa nabahanganye mubikorwa vyabo mbere abandi bagaterana amajambo, kumbure bamwe boba batanguye gutahura akamaro ko gukorera...
DawSon : Gukwiza Imiriyoni Cumi zabadukurikirana (10Millions followers) Sikintu Coroshe Nkuko Mwoba Muvyibaza
Natanguye gukora amasanamu Atwenza abantu kuva nkifise Imyaka Cumi(10ans) Youtube Ntiyari bwabeho rwari Urugendo Rure Rure kuva Nkiri Mumashure Y’intango, Urugendo Rwari Rugoye Bivanye...
Umugwi Rédemption voice wasohoye indirimbo nshasha
Imigwi ibiri iririmba Gospel ariyo "Rédemption voice" wo muri Canada hamwe n'uwo mu Burundi yasohoye indirimbo yakoreye hamwe kuruyu wagatanu.
Intumbero yo kuja hamwe kw'iyo...