Saturday, May 10, 2025

“Vyose ndabikesha mwebwe”

0
Ubwo ni ubutumwa Dieudonné Ndayikengurukiye D-one, yahaye kunzi biwe canecane abakutikire urubuga rwiwe rwa youtube Ubwo butumwa yabushikirije inyuma yaho indirimbo yiwe "Sitaki" imaze ukwezi kumwe...

Indirimbo 2 ( Tuzogumana na Cupa) z’umuririmvyi El_Pro zakuwe Ku rubuga rwa Youtube.

0
Ivo yatumye izi ndirimbo zikurwa kuri uru rubuga ikaba yamaze kumenyekana. Uburongozi bw'inzu ihinyanyura imiziki Mirire Makerz akaba aribwo bwatanze ikirego ku rubuga rwa...

Mu ndwi iza umuririmvyi Drama-T azosohora indirimbo yiwe yambere muri uyu mwaka w’2024

0
Ibi akaba yabimenyesheje abicishije ku rubuga rwiwe rwa Facebook ndetse akaba yanasavye abakunzi biwe guhitamwo umusi iyi ndirimbo yo yisohorerako.  Ikiriko gitangaza abatari bake n'uko...

Drama T aridogerwa cane nuwatsinze ihiganwa rya ( KODE CHALLENGE ) , umutamvyi yitwa...

0
Tony Thibaut Amwagiriza kutamuha Amafaranga yose yatsindiye ( 1.000.000 Fbu ) , ahubwo akamuha ibihumbi amajana atanu nayo nyene bigoranye . Uyu mutamvyi aganira n'ikinyamakuru...

Kaberna yahoze ari umumenyeshamakuru kuma samirizi atandukanye , agiye gukorana indirimbo na Kellyna.

0
Kaberna beshi bahora bamuzi mubiganiro bitandukanye nk'umumenyeshamakuru kuma samirizi yo Mu Burundi nka CCIB FM , BLACK FM na Igicu TV n'izindi. Tukwibutse ko KABERNA...

Ironkera amahigwe yogutahukana 100$ kuri AMINAH DANCE.

0
Batatu bambere bazoronka ibihumbi amajana atandatu namirongo umunani vy'amafaranga y'amarundi ( 680.000Fbu ) N'umuririmvyi  w'umurundi  yakoranye na n'umuririmvyi Double Jay yitwa Laingze Mc , akaba...

Amahoro abe hose canecane mu bihugu vyo mu biyaga binini.

0
Ubwo ni ubutumwa butangwa n'imuririmvyi mpuzamakungu Nimbona jean Pierre . Uyo amenyekana kumazina ya Kidum kibido ibikorwa ariko akora bijanye n'umuziki ariko abiha intumbero yo...

Umwana yankwa niwe akura.

0
Ayo n'amajambo yanditswe Monia fleur umuririmvyikazi w'umurundikazi kuri uyu wa Gatandatu kurubuga rwiwe rwa facebook. Ayo majambo yakurikijeko amafoto ari munzu ihinyanyura umuziki. Uyo yaririmvye...

Indirimbo SMILE ya Masterland yakagurutse kuri youtube

0
Umuririmvyi Masterland yari yahuye nicago gikomeye ikomeye inyuma yaho indirimbo yoye SMILE yari yakuweko kuri chanel yiwe ya youtube aho nimugihe yarimaze imisi Mike...

Uburundi bwabaye icibare k’ubaririmvyi bo mu Rwanda

0
Abaririmvyi bo mu gihugu c’Urwanda bamaze iminsi bahamagarwa kuremesha ibiteramwo bitandukanye mu gihugu c’Uburundi. Abo bakaba barihwa amafaranga atari make kugirango bemere kwitabira ivyo bitermo....
Google search engine

Recent Posts