Thursday, May 15, 2025

Man Theo : Indirimbo ndiko ndakora sindota ndayirekura idafise amashisho

Uyo si uyundi ariko ni Man Theo, umuririmvyi wo mu ntara ya Rumonge asanzwe akorera umuziki wiwe muri komine ya Bugarama, mu gisagara ca...

Kampala : Ghetto kids n’umugwi w’abana Daouda Kavuma

0
Uyu n'umugwi w'abana b'abagande wabayeho kuva mu mwaka 2014 utangujwe n'uwitwa Daouda Kavuma. Aba bana yabegeranije abakura mu mabarabara yo mu makaritiye ya banyarucari mu...

Aigle Noir irahurira na Bumamuru muri Final uno musi mu gikombe citiriwe Umukuru w’Igihugu

0
Nikuruyu wa gatatndatu igenekerezo rya 3 Ruhenshi 2023 mu ntara ya Muyinga ku kibuga Umuco aho imigwi ibiri Bumamuru na Aigle Noir irahurira iza...

Lava Lava ashobora kuva muri WCB

0
Umuririmvyi wa Bongo Flavor Lava Lava ngwarikw'akora abika muri ntibate udufaranga dukeduke kugira ngo bikinde yigobotore mu vyara vya Diamond Platnumz boss wa Lebel...

Izere Award 2023 – Umwaku n’umugisha

0
Mu gihe ihiganwa rya Izere Award rigiye kuba ku ncuro yaryo ya Gatanu, benshi bibaza kuri kazoza mu muziki k'ubihangange bimaze gutwara iryo higanwa...

P-square yo mu Burundi

0
Umugwi We Love Muzika ugizwe n'abaririmvyi babiri b'abarindi benshi bawufata nka P-square yo muri Nigeria. Abatari bake bakunda umuziki w'urwaruka rushasha/New generation bemeza ko gusambuka...

Tanzania iguma ironka amaraso mashasha muri komedi/umwuga wo gutwenz’abantu.

0
Mur'iki gihe biragoye kuvuga komedi i Bongo(Tanzania) wirengagije Kicheche canke Mzee Makoti canke Mzee kikofia generali. Uyu yamenyekanye cane mu gukina komedi ahayagiza Makalio...

Bongo : Umwami w’indirimbo z’urukundo Mbosso

0
Izina Mbosso n'izina abatari bake mu bihugu bigize umuryango wa Afrika y'ubuseruko bagarukako iyo bavuga indirimbo z'urukundo. Uyo muririmvyi wo muri Bongo Flavour mu gihugu...

Ibitari bimenyewe mu ntaya ya Rumonge.

0
Amaraso mashasha mu muziki wo mu Rumonge arushirizaho kwigaragaza. Aha ndavuga abaririmvyi barutse vuba barara ntibuca kugira ngo mu gisagara ca Rumonge hagume vibe. Naho...

Banana-Indirimbo yigaruriye igisagara ca Rumonge

0
Indirimbo Banana ya Kamanda Mkuu 4G irushirizaho gukora neza mu gisagara ca Rumonge inyuma y'imisi 11 gusa igiye hanze. Ahuciye hose ni Banana my...
Google search engine

Recent Posts