Friday, May 16, 2025

Stamina na Fizzo bagiye kwatsa umuriro

0
Mu rugendo rwiwe mu gihugu c'uburundi, umuririmvyi wo mu gihugu ca Tanzania Stamina Shorwebwenzi arishimiye cane ukugene yakiriwe n'abarundi. Ku rubuga rwiwe rwa Facebook, Stamina yanditse...

Kenya : Kabuhariwe mugutwenza yashitse mugihugu ca Tanzania yambaye ikirato gitangaje.

0
Nkuko biri mwireresi ngufi yashizwe ahabona n´urubuga Nairobi Gossip ,Eric Omondi aboneka ariko yururuka indege kukibuga kimwe kiri mu gihugu ca tanzania. Akabaye  yari...

Bongo : Diamond Platnumz ngo agiye kurekura imvura ya m´abuye.

Abicishije kurubuga rwiwe rwa Instagram Diomond yamenyeshejeko ukwezi kw´indwi arikwo hazoba isabukuru ya mavuka ya mama wiwe. Yijeje abaririmvyi bo muri afrika yubuseruko kwitega imvura...

Burundi : Kuncuro yiwe yambere sat-B agiye gukora igiteramo idubaï n’iburayi.

Umuririmvyi Aboubakar karume BIZIMANA azwi kw'izina Rya Sat-B yafashe indege kuruwu wa 28 Ruheshi 2023 agana Muri Dubaï muntumbero yo gukora igiteramo kizoba itariki...

Soprt : Inkino z’igikombe citiriwe uwahoze arongoye Uburundi zabandanije.

Kuri uyu wa gatatu habaye inkino zibiri mu guhiganirwa igikombe citiriwe uwahoze atwara Uburundi Petero Nkurunziza NKURUNZIZA CUP Umugwi Flambeau Du Centre wo mu ntara...

Bongo : Indirimbo ” Waah ” n’amateka yayo

Waah n'indirimbo yasohotse kw'igenekerezo rya 30 Nyakanga 2020. Yaririmbwe na Diamond Platnumz umuririmvyi wo mu gihugu ca Tanzania arikumwe na Koffi Olomide wo muri...

Officiel : Adrien Rabiot yongereje amasezerano muri Juventus de Turin

0
Uyo mukinyi wo hagati yamuka mu gihugu c'ubufaransa amasezerano yiwe yorangiye kuwa 30 Ruheshi 2023. Umugwi wariko uramurondera gose ngo umugure ni Manchester United ariko...

Umukinyi Kylian Mbappé aguma avugwako vyinshi.

0
Nk'uko tubikesha ikinyamakuru Sports.fr,ibijanye nuko Mbappé ava mu mugwi wa Paris Saint Germain akaja muri Real Madrid bishobora gushikwako mu ndwi iza kuko gushika...

Bongo : Urugo rwa Bill Nass na Nandy rurarurumba.

0
Umuririmvyi wo mu gihugu ca Tanzania Nandy The African Princess amenyesha ko yicuza kuba yarahisemwo kubana na BillNass Nenga nawe asanzwe ari umuririmvyi muri...

Uguterana amajambo hagati ya Akes Don, Landry Promoter na Simbizi

0
Mugihe hamaze imisi hagaragara guterana amajambo kumbumbuga ngurukanabumenyi mubajejwe kumenyekanish'abaririmvyi  (promoter ), Umuririmvyi Akes Don wewe abona ko ari ugushaka kwifatira mugahanga abariririmvyi, ko...
Google search engine

Recent Posts