Home ENTERTAINMENT Kenya : Kabuhariwe mugutwenza yashitse mugihugu ca Tanzania yambaye ikirato gitangaje.

Kenya : Kabuhariwe mugutwenza yashitse mugihugu ca Tanzania yambaye ikirato gitangaje.

288
0

Nkuko biri mwireresi ngufi yashizwe ahabona n´urubuga Nairobi Gossip ,Eric Omondi aboneka ariko yururuka indege kukibuga kimwe kiri mu gihugu ca tanzania.

Akabaye  yari yabambaye ibirato binini cane kuburyo atashobora nogutambuka neza.

Uyo munyabugenegene akunzwe kuboneka mubintu bitangaje. ubuheruka akaba yabonetse ariko asegerereza mu gisagara ca Londoni mu Bwongereza. aho yahavuye ahagarikwa n´igipolisi co muri  ico gisagara.

Raba iyividéo : 

63690cookie-checkKenya : Kabuhariwe mugutwenza yashitse mugihugu ca Tanzania yambaye ikirato gitangaje.
Previous articleBongo : Diamond Platnumz ngo agiye kurekura imvura ya m´abuye.
Next articleStamina na Fizzo bagiye kwatsa umuriro