Metou Brown ashira kumugaragaro EP yiwe Inyabutatu
Nukuruwu waka gatatu igenekerezo rya 24 Nyakanga 2021 niho Mmuririmvyi Metou Brown yashira kumugaragaro indirimbo zitatu ziri muri EP yiwe wise Inyabutatu.
Umurirmvyi Metou Brown...
Super Huff Yemereye abakunzi biwe indirimbo Shasha vuba
Umuririmvyi Cutiyabose Super Huff yakuriye inkoni kugishitse abantu bamaze imisi bibaze ko yahevyo kuririmba mukwemera ko vuba mumpera zuyu mwaka 2021 azo sohora indirimbo...
Made agiye gusohora indirimbo za gospel gusa
Nkirimuto nakunda kurirmba ndimurusengero kuko ndumukristo ivyo vyampaye ugukunda umwuga wokurirmbo, ariko nashimye indirimbo zisazwe mumudiho wa Hip hop kuko ndakunda cane hip hop,...
Nsomya Challegne Igeze Mugice Cakabiri Gishira Icanyuma
Nsomya Challegne ihiganwa bigaragara ko igiye kuzamura no kwerekana impano z'imigwi itandukanye murio Buja Fleva, ihiganwo ryateguwe na Master Mziki rikaba rigeze kugice cakabiri...
Intambara ya barororezi Vues Iradute Hagati Y’imbrimbo “Hahiye” n’Indirimbo “Boss”
Nimugihe beshi batanguye kwibaza niyihe ndirimbo iriko ikundwa cane nabakunzi bumuziki ndundi hagati y'indirimbo Hahiye indirimbo y'umuririmvyi Alvin Smith arikumwe na Double Jay imaze...
Aragacha Mafuriko | Nzanye Impinduka Nini Mumuziki Womu Rumonge
Umuririmvyi Tumaini NDENZAKO azwi kwizina rya Aragacha Mafuri avuka muntara ya rumonge ubu abarizwa mugisagara ca Cape Town mugihugu ca afrika yefo kuva mumwaka...
Cherine Rock Abaza Abakunzi B’umuziki Ndundi Uko Bakiriye Indirimbo Yiwe Slowly
Umuririmvyi kazi Chérine Rock n'umwe mubaririmvyikazi muriki gihe bigaragara ko bariko barakora cane nokwitanga mumuziki ndundi ugereranije indirimbo amaze gusohora guhera unomwaka ugitangura, Nimugihe...
Iry Tina Da Queen Aririmbira Umwana Indirimbo Yiwe Nakupenda
Umuririmvyi kazi Iry Tina Da Queena abandanye kwerekana abakunzi bumuziki ndundi yuko indirimbo yiwi aherutse gusohora NAKUPENDA yuko ari indirimbo nziza ifise amajambo agyoheye...
A-Flown Slim yavutse itariki n’ukwezi nkunomusi
Umuririmvyi A-Flow Slim unomusi akaba ari mumunezero kubona Imana ya mwongeye uyundi mwaka nkuko yabicishije kuri instagram yiwe ko yavutse itariki nkiyuno musi uku...
Bora Queen Agihe Kuva Muga Cerere Ariko Ategura Indirimbo Shasha Muri Studio A Record
N'amezi arenga atandatu Umuririmvyi kazi Bora Queen womuntara ya Rumonge adasohora indirimbo, arikio Bora Queen kuruyu wa kane yerekanye abakunzi biwe kwaticaye aho yashize...