Umuryango niwe watumye Président wumugwi wa Les Crocos Fc yatanze imihoho.
Ulimwengu Bigirimana yarasazwe arongoye umugwi w’umupira wa magururu Les Crocos Fc wo mu Ntara ya Rumonge yatanze imihoho ya kurungora uyu mugwi, ivyo bikaba...
Burundi mu kibanza c’ 7 muri CECAFA
Murutonde rwa FIFA mu kwezi kwa Gitugutu 2022 , Igihugu c'Uburundi buhagaze mu kibanza c' 141 kw'isi yose , ikibanza c'7 ku bihugu bihurikiye...
Natacha Akumira Bamwe kuri Laboss Part
kuyundi curo nkuko yamye abikora kira mwaka umuririmvyikazi Natacha Burundi ategura Part yita Laboss Party yama ibahuza nabamwe muba muba mukikije mubikogwa vyiwe vy'umuziki...
Hari amakuru avugwa kuri Umukinyi Olivier Bayizere
Amakuru ariko aravugwa kuri Olivier Bayizere umusatirizi wa Messager Ngozi FC yanaciye mu migwi itandukanye nka Flambeau du Centre wo mu gisagara ca Gitega...
INKURU ISHUSHE : Francine NIYONSABA ahejeje gutahukana ikibanza cambere mugisagara ca Qatar.
Muminita umunani n’amasekonde mirongi tatu n’indwi n’ibice mirongirindwi (8:37.70) niwe umwanya Umunonotsi Francine NIYONSABA yagize kumetero ibihumbi bitatu (3000m).
Nimumahiganwo Doha Diamond League yaberey mugisaka...
INKURU ISHUSHE : Passeport Diplomatique niyo yaronkejwe Unumunonotsi Francine NIYINSABA
Umushikirangaji y'iimigenderanire ALBERT SHINGIRO yarahe ahaye umunonotsi NIYONSABA Francine urupapuro gwinzira y'abaserukira ibihugu (Passeport Diplomatique) kuruyu wagatanu igenekerezo rya 6 Ruheshi 2022, Francine akaba...
INKURU ISHUSHE : Umunonotsi Bukuru Léonce abandanya gukora amateka muma kungu
Kuruyu wagatatu igenekerezo rya 9 Ndamukiza 2022 umunonotsi Léonce BUKURU yongeye gutangaza abataliyano namakunhu mukubatsinda kuri kubirometoro c’umi mugusiganwa.
Ni ihiganwa ryabereye muri île yitwa...
INKURU ISHUSHE : Saido Ntibazonkiza niwe umukinyi mwiza yaranze ukwezi kwakabiri (Play of the...
Umukiyi w’umupira w’amaguru w’umurundi Saido Ntibazonkiza abandanya kwikorera amateka akomenye mumupiza wamaguru mu gihugu ca Tanzania aho nimugihe aherutse guhabwa agashimwe k' umukinyi mwiza...
INKURU ISHUSHE : Cameroun niyo yatahukanye ikibanza ca gatatu Muri CAN 2021
CAMEROUN yaraye itsinze Burkina Faso ica utahukana ikibanza ca gatatu inyuma yo kubanza gutsindwa 3-0 mugice cambere.
Cameroun yatsinze Burkina Faso kuri penariti 3-5 inyuma...
INKURU ISHUSHE : Gérard Pique Azokina Urukinno Rwiwe Rwa 593
Gérard pique azokina urukino rwiwe rwa 593 kumusi wejo na atletico azoba anganije inkino na Carles Puyol Mukibanza ca 5 mubakinyi bamaze gukinira inkino...