INKURU ISHUSHE : Cameroun niyo yatahukanye ikibanza ca gatatu Muri CAN 2021

INKURU ISHUSHE : Cameroun niyo yatahukanye ikibanza ca gatatu Muri CAN 2021

6 février 2022 0 Par H. Mervis

CAMEROUN yaraye itsinze Burkina Faso ica utahukana ikibanza ca gatatu inyuma yo kubanza gutsindwa 3-0 mugice cambere.

Cameroun yatsinze Burkina Faso kuri penariti 3-5 inyuma yo gukora Ibitangaza ibanje kugombora 3-0, Iminota 71 yageze Burkina Faso imaze gutsinda 3-0, ariko Cameroun vyose irabigombora vyose inabatsinda kuri penariti

Umukinyi Vincent Aboubakar wa Cameroun yatsinze ibitsindo bibiri mu minota ya nyuma ( uwa 85 na 88 ) arokora Cameroun

Iminota 24: Burkina 1-0 Cameroun

Iminota 45: Burkina 2-0 Cameroun

Iminota 49: Burkina 3-0 Cameroun

Iminota 72: Burkina 3-1 Cameroun

Iminota 85: Burkina 3-2 Cameroun

Iminota 88: Burkina 3-3 Cameroun

FT : BURKINA 3-3 CAMEROUN

PEN : BURKINA 3-5 CAMEROUN

Facebook Comments Box
20650cookie-checkINKURU ISHUSHE : Cameroun niyo yatahukanye ikibanza ca gatatu Muri CAN 2021