Home ENTERTAINMENT INKURU ISHUSHE : Sat-B Afukamira Abakunzibiwe Bamufate Mumugongo

INKURU ISHUSHE : Sat-B Afukamira Abakunzibiwe Bamufate Mumugongo

222
0

Nimugihe Abaririmvyi benshi bakunda kwishira hejuru mukwerekana ko bakomeye aribihangagne ariko bakibagirako ubukomezi  bwabo nuko hari abantu bakwirikirana ibikorwa vyabo kuko bac’umugani ngo ntawutamba yiroro, Umuririmvyi Sat-B yerekanye ko vyose n’ukubwabakunzi biwe akaba ya savye abantu ko bomukwirikirana kurubuga gwiwe rwa spotify aho hari kuruyu wagatandatu igenekerezo rwa 05 Ruhuhuma kuri page yiwe ya Facebook.

Sat-B akaba yanditse ati :Assurez-vous de suivre Sat-B sur Spotify

Tukwibutse ko Spotify ni rumwo mumbuga ziri murutonde rwimbuga ziriha neza abaririmvyi.

20720cookie-checkINKURU ISHUSHE : Sat-B Afukamira Abakunzibiwe Bamufate Mumugongo
Previous articleINKURU ISHUSHE : Cameroun niyo yatahukanye ikibanza ca gatatu Muri CAN 2021
Next articleINKURU ISHUSHE : Ndayishimiye Bright Niwe Yatowe kumajwi 52 kurongora Amical des Musiciens du Burundi

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here