INKURU ISHUSHE : Gérard Pique Azokina Urukinno Rwiwe Rwa 593

INKURU ISHUSHE : Gérard Pique Azokina Urukinno Rwiwe Rwa 593

5 février 2022 0 Par H. Mervis

Gérard pique azokina urukino rwiwe rwa 593 kumusi wejo na atletico azoba anganije inkino na Carles Puyol Mukibanza ca 5 mubakinyi bamaze gukinira inkino nyishi Fc Barcelone.

1.Lionel messi inkino 778
2.Xavi inkino 767
3. Iniesta inkino 674
4. Busquets 658

Abo nibo bakinyi bamaze gukirira inkino nyishi umugwi wa Fc Barcelone.

Facebook Comments Box
20602cookie-checkINKURU ISHUSHE : Gérard Pique Azokina Urukinno Rwiwe Rwa 593