Sunday, June 8, 2025

Burundi : Igiteramo mpuzamakungu co gutwenzwa.

Kuko bigaragara kurubuga rwa Facebook rw´umunyabugenegene akunzwe cane McaTricky, ico giteramo kizobera i Bujumbu muri centre Kinindo. Kizoba kirimwo  abanyabugenegene mugutwenza bava Mu Rwanda Burundi...

Kicheche mu gisagara ca  Rumonge

0
Inyuma yo kwandikish'amateka yakirwa n'abantu benshi mu gisagara ca Bujumbura no mugiguhu ca Congo, umuhinga mu gutwenza ava mu gihugu kibanyi ca Tanzania Kicheche...

Umuririmvyikazi Tetero Laurette yoba agira asubire kugaruka mu bikorwa vy’umuziki?

0
Inyuma y'igihe kitari gito ari mu mahanga kubandanya ivyigwa vya kaminuza,ni Tetero Laurette yigeze gutsindira primusic muri 2019 yasa n'uwahagaritse ibikorwa vy'umuziki aho bivugwa...

Rumonge: Ibiraro vyo ku mugende wa Mugerangabo bikwiye gusanurwa

0
Ibiraro bihuza imitumba ya Centre Urbain, Birimba na Kanyenkoko mu gisagara ca Rumonge birageramiwe namazi y'imvura azanana mu mugende wa Mugerangabo. Zimwe mu mbaho ...

Abakozi bambere bagiye gukorera mu bihugu vyabarabu bafashe urugendo.

0
Abo bakozi bagizwe n'abakenyezi n'abigeme, bavuye mu ntara z'igihugu zitandukanye bari bamaze imisi bigishwa imico n'ururimi rw'icarabu vy'igihugu ca Arabiya sawudite bagiye gukoreramwo. Mu bushikiranganji...

Ikiraro c’umugezi kidumbugwe gikwiyiye kubakwa gushasha

0
Amazi ava muruwo mugezi uri kwibarabara ry'igihugu numéro zitatu Bujumbura -Rumonge Ku mutumba wa kizuka muri komine n'intara ya Rumonge. Abanyagihugu baba kuruwo mutumba bamenyesha...

Imifuko 80 y’Isima niyo ntererano yatazwe n’Ibinyamakuru bikorera ku buhinga ngurukanabumenyi (Média et TV...

0
Kuruyu wa Gatandatu igenekerezo rya 13 Rusama 2023, banwe basanzwe barongoye ibinyamakuru bikorera ku buhinga ngurukanabumenyi, bifadikanije n'itwaro hamwe n'abenegihugu bo mu gisagara ca...

BUJA TOWN TV imboneshakure nshasha

0
Kuruyu wa gatanu igenekerezo rya 26 Nzero 2023 hasizwe kumugaragara mu gihugu c'Uburundi haraye havutse imboneshakure nshasha izokorera kumbuga ngurukanabumenyi yiswe BUJA TOWN TV...

Imyaka 10 iraheze isoko nkuru ya Bujumbura ihiye

0
Hari ku musi w’Imana itariki 27 nzero 2013 niho abanyagisagara ca Bujumbura babona imyotsi iduga mu kirere ivuye ahari isoko nkuru ya Bujumbura. Niho...

Nyange yamaze gushika mu Bufaransa.

0
Umukinyi w’umurundi Youssuf Ndayishimiye kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 25/01/2023 yarashize umukono ku masezerano yo gukinira umugwi wa OGC Nice wo mu cicaro...
Google search engine

Recent Posts