Home NEWS Imifuko 80 y’Isima niyo ntererano yatazwe n’Ibinyamakuru bikorera ku buhinga ngurukanabumenyi (Média...

Imifuko 80 y’Isima niyo ntererano yatazwe n’Ibinyamakuru bikorera ku buhinga ngurukanabumenyi (Média et TV online)

262
0

Kuruyu wa Gatandatu igenekerezo rya 13 Rusama 2023, banwe basanzwe barongoye ibinyamakuru bikorera ku buhinga ngurukanabumenyi, bifadikanije n’itwaro hamwe n’abenegihugu bo mu gisagara ca Bujumbura mu bikorwa vyokubaka STADE INTWARI.

Inyuma y’ibikorwa rusangi, baciye bashikiriza Intererano   y’imifuko 80   y’isima , iyontererano ngo nimutumbero yo kwitabira akamo kama katewe n’indongozi zitandukanye   ko gushigikira mw’iyubakwa ry’ico kibuga.

Umukuru w’igisagara ca Bujumbura Jimy HATUNGIMANA,   Mw’ijambo yashikirije, akaba yarashimiye ivyo binyamakuru kuri iyo ntererano vyatanze, agatera n’akamo n’abandi ataco barakora , ndetse n’abipfuza kwisubiriza   kugira ico bakoze.

PHOTOS PAR INGOMAG

 

 

 

58150cookie-checkImifuko 80 y’Isima niyo ntererano yatazwe n’Ibinyamakuru bikorera ku buhinga ngurukanabumenyi (Média et TV online)
Previous articleVIDEO NSHASHA | Mt Number One – My Queen | DOWNLOAD
Next articleVIDEO NSHASHA | Kidum Kibido – Shema | DOWNLOAD