Home NEWS Nyange yamaze gushika mu Bufaransa.

Nyange yamaze gushika mu Bufaransa.

236
0

Umukinyi w’umurundi Youssuf Ndayishimiye kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 25/01/2023 yarashize umukono ku masezerano yo gukinira umugwi wa OGC Nice wo mu cicaro ca mbere mu gihugu ca France mu kiringo c’imyaka ine

Yousouf Nyange abaye umukinyi wa kabiri w’umurundi akinye mw’ihiganwa rikuru rya #Ligue1 inyuma ya #Ntibazonkiza Saido yakiniye SM CAEN mu mwaka w’Inkino wa 2015/2016.

VIDEO : Hiyi ndomana ya FUSHO TUNE Rumonge | Famous afunguka mengi utakubali

50970cookie-checkNyange yamaze gushika mu Bufaransa.
Previous articleÉtienne NDAYIRAGIJE ahejeje gusinya amasezerano yo kumenyereza umurwi nserukiragihugu w’Uburundi intamba mu rugamba.
Next articleAmicale des Musiciens du Burundi yateguye Meet N’Chill izaguhuza  abaririmvyi, abacuraranzi, baririmba mu midiho yose