Home NEWS Imyaka 10 iraheze isoko nkuru ya Bujumbura ihiye

Imyaka 10 iraheze isoko nkuru ya Bujumbura ihiye

233
0

Hari ku musi w’Imana itariki 27 nzero 2013 niho abanyagisagara ca Bujumbura babona imyotsi iduga mu kirere ivuye ahari isoko nkuru ya Bujumbura. Niho kumenya ko ari isoko nkuru ya Bujumbura iriko irasha kuva isaha 11 z’ijoro buca ari ku musi w’Imana.

Video : Hiyi ndomana ya FUSHO TUNE Rumonge | Famous afunguka mengi utakubali

51220cookie-checkImyaka 10 iraheze isoko nkuru ya Bujumbura ihiye
Previous articleVIDEO ZABUJA TV | Hiyi ndomana ya FUSHO TUNE Rumonge | Famous afunguka mengi utakubali
Next articleNatacha kufanya nyimbo na Bruce Melodie na Eddy Kenzo ?