Home NEWS BUJA TOWN TV imboneshakure nshasha

BUJA TOWN TV imboneshakure nshasha

221
0

Kuruyu wa gatanu igenekerezo rya 26 Nzero 2023 hasizwe kumugaragara mu gihugu c’Uburundi haraye havutse imboneshakure nshasha izokorera kumbuga ngurukanabumenyi yiswe BUJA TOWN TV .

Nk’uko bimenyeshwa na RAJAB asanzwe ayiserukira imbere y’ametego yatangaje ko bagiye gukora nk’uko ayandi ma TV Online akora ariko bobo bagiye gushiramwo akabirya nishaka cane.

Kube Drama  umwe muba Journaliste bayo nawe yasevye ko mwoshishikara kubafata mumugongo na cane cane kwari TV nshasha. BUJA TOWN TV  izoba ikorera ibikorwa vyayo muri Zone Kamenge kurya 13 mu nyubakwa izwi nka ” KAMENGE BUSINESS HOUSE ”

Video : Hiyi ndomana ya FUSHO TUNE Rumonge | Famous afunguka mengi utakubali

51340cookie-checkBUJA TOWN TV imboneshakure nshasha
Previous articleNatacha kufanya nyimbo na Bruce Melodie na Eddy Kenzo ?
Next articlePhotos : Master Land yerekanye ubuhinga Kuri live music