Sunday, June 8, 2025

Mugi sagara ca Bujumbura nta muziki uzosubira kuvuzwa ngo urenze isaha zine z’ijoro.

0
Nkuko birimungigo ya fashwe n'umukuru w'igisagara ca Bujumbura ngo mu gisagara ca Bujumbura kuva ku munsi wa mbere gushika ku wa kane nta muziki...

Big Fizzo yizeye umuhinyanyuzi w’amasanamu Landry SB

0
Kubatamuzi ni Landry SB n'umuhinyanyuzi w'amasanamu (Dir clip vidéo) atavyorosha nagato, ni Director amaze gukora vidéo nyinshi zabaririnvyi batanduka ahotwovuga iza Don Bright iza...

Abahagarikizi 16 b’abigeme bakurikiranye inyigisho nkarishabwenge zateguwe n’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru kw’isi FIFA

0
Abahagarikizi 16 b'abigeme bakurikiranye inyigisho nkarishabwenge zateguwe n'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru kw'isi FIFA rifadikanije n'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB bararonkejwe certificat kuri uyu wa...

Umuririmvyi Kirikou akili agizwe umuserukizi mukuru w’ibikigwa vy’ishirahamwe “Jaguar travel & tour”

0
Uyo muririmvyi yasinye amasezerano n'iryoshirahamwe ryunguruza abantu mundege,Kuri uyu wa 10 myandagaro 2023  yiyemeza kuzomenyekanisha ibikorwa vyaryo nkuko biri mumasezerano yasinye n'ubuyobozi bw'iryo shirahamwe. Umuyobozi...

Abaririmvyi b’ibihangange muri Afrika biyemeje kuryohora indirimbo za Bob Marley

0
Abaririmvyi bo kumugabane w'Afrika nka Tiwa Savage, Patoranking, Rema n'abandi...biyemeje gusubiramwo indirimbo za Bob Marley. Abo bose baturuka mugihugu ca Nigeria. Bifadikanije n'abagenzi babo bagiye...

Harategekanijwe Urukino rwa kivandimwe.

0
Abamenyeshamakuru b'inkino mu gihugu c'Uburundi bazokina urukino rwa kivandimwe n'abamenyeshamakuru b'inkino bo mu gihugu c'Urwanda Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 12 Myandagaro Ku...

Bongo : Kajala na Harmonize barushirizaho guteran’amajambo.

0
Babicishije ku mbuga ngurukanabumenyi, umuririmvyi wo mu gihugu ca Tanzania Harmonize n'uwahoze ar'umukunzi we Kajala Frida babandanya kwiyambur'agashambara mu guteran'amajambo inyuma yo gutandukana. Inkabuzo y'ukwo...

Abakinyi 10 muri 13 bagiye guserukira Uburundi munkino z’isi yose za handball muri Croatie...

0
Urukino rwari guhuza umugwi nserukiragihugu wa Handball w'abatarenza imyaka cumi n'icenda w'Uburundi na Bahreïn ntirukibaye ! Mw'ikete ishirahamwe riraba urukino rwa Handball kw'isi ryandikiye amashirahamwe...

Marioo akezwa na Kajala

0
Inyuma yo gushir'ahabona indirimbo yiwe nshasha ifise n'amasanamu Sing, umuririmvyi wo mu gihugu ca Tanzania Marioo yakejwe na Kajala Frida. Nk'uko biri ku rubuga rwiwe...

Burundi: Umurwi nserukira gihugu nturiko uroroherwa mugikombe c´isi.

0
Umugwi nserukiragihugu wa Handball w'abatarenza imyaka icumi n'icenda uhejeje gutsindwa na Reta zunze ubumwe za Amerika 🇺🇸 ibitsindo 33 kuri 26 mu nkino z'igikombe...
Google search engine

Recent Posts