INSTAGRAM : Amajambo ya Berry Music kuri Meili
Umwanditsi windirimbo Melana ariwe Umuhanzi Berry Music vyanse ko yihagana kubikogwa vy'umurivyikazi bigaragara neza kumurikigihe ariko arakora neza Meili, Berry Music akaba yashimye cane...
PHOTO : Ngabirano Bella Edyssa niwe atahukanye igitsibo ca Miss Queen Ngoma
Ngabirano Bella Edyssa niwe atahukanye igitsibo ca Miss Queen Ngoma akaba atsindiye amafaranga imiriyoni zitatu(3.000.000Fbu) , icababa ciwe ca mbere(1ère Dauphine) ni Nahimana Diessny...
FILM : Umuririmvyikazi Tiland mwireresi INZIRA YANJE
Vyamaze kugaragara ko umuririmvyikazi Tiland imvukira yo muntara ya Rumonge ko azoba ari mubakinyi bakinye ireresi INZIRA YANJE ni film igiye gusohoka kuruyu wakane...
We love muzika : Izina rishasha, ibikorwa bishasha
Umurwi We love Muzika ugizwe n'abaririmvyi Dj Fernando na Gusto Kuriyo, inyuma yo gutandukana na management bahora bakorana bigatuma n'imbuga ngurukana bumenyi bahora bakoresha...
Amarira ya Sat B ku Bushikirangaji bujejwe igisata c’micokama mu Burundi
Umuririmvyi Bizimana Aboubakar Karume ariwe Sat B asaba reta y'uburundi gushigikira abaririrmvyu buburundi mugihe biba bikenewe ko baserukira igihugu mu makungu, ivyo akaba ya...
We love muzika : Izina rishasha, ibikorwa bishasha
Umurwi We love Muzika ugizwe n'abaririmvyi Dj Fernando na Gusto Kuriyo, inyuma yo gutandukana na management bahora bakorana bigatuma n'imbuga ngurukana bumenyi bahora bakoresha...
Insiguro ya Tiland igituma adasohora indirimbo
Umuririmvyikazi akaba n'umukinyi w'amareresi NSHIMIRIMANA Gerardine azikwizina ry'ubuhizi Tiland The Superlady umwanditsi w'indirmbo NJAANA imwe mu ndirimbo ziwe yakunze cane, murikigihe agaragara cane mu...
PHOTO : Amwa muma foto yaranze East African Regional Tourism Expo 2022
Hari kuruyu y'Imana igenekerezo rya 25 Nyakanga 2022 kuri Cercle Hippique aho hatazwe inyigisho zabari mwihuriro East African Regional Tourism Expo 2022, inyuma yizo...
FILM UMUKEBA : Umudamu yasavye umugabo wiwe ko yorongora uwundi mugore wa kabiri
Amareresi ndundi abandanya atera imbere, Inyuma ya Film NGABO THE MASTER, Mugisha Movie Company igiye kubazanira iyindi film nziza itazovyorosha kw'izina rya UMUKEBA abayikinyemwo...
Yoya Jamal yoba agiye gukorana indirimbo na Kitoko
Umuririmvyi Yoya Jamal adaherutse gusohora indirimbo ngo yoba agiye hosohora indirimbo nshasha akazo y'ikorana n'umuririmvyi wo mu gihugu c'urwanda ariwe Kitoko, ivyo Yoya Jamal...