Thursday, May 15, 2025

Mbe wob’uzi umugwamukuru w’umuziki muri Afrika?

0
Igihugu ca Nigeria ngo nico mugwa mukuru w'umuziki ku mugabane wa Afrika nk'uko vyishimirwa n'abanyanigeria ndetse bikanashimangirwa n'abakunzi b'umuziki nyafrika aho bari hose kw'isi. Ivyo...

Christopher Muneza yagarutse n’indirimbo nshasha

0
Inyuma yo gushika ku nyota abakunzi b'umuziki mu karere ka Afrika y'ubuseruko n'ahandi mu ndirimbo yiwe Hashtag, Umuririmvyi wo mu Rwanda Christopher Muneza yagarutse...

Fen G ngwazohemuka umuziki wo mu Rumonge awushikanye kuyindi level

0
Inyuma y'igiteramo yakoze muri USA, umuririmvyi Fen G ariko akora ijoro n'umurango ngo ahesh'icubahiro umuziki wo mu ntara ya Rumonge. Nkuko vyamaze kuj'ahabona, ngw'abakunzi b'umuziki...

SPORT : Saido NTIBAZONKIZA na Lion10 Sports Store yambere mu Burundi

0
Umukinyi w'umupira wa muguru rurangiranwa mu Burundi NTIBAZONKIZA SAIDI batazira Saido kuryu wa gatatu igenekerezo rya  31 Rusama 2023 yuguruye imyango icese  yinjiye  inzu...

B-face On The’flo yakiriwe neza mu gihugu ca Australie

0
Mugitondo cokuruyu wa gatatu igenekerezo rya 31 Rusama 2023 niho Umuririmvyi B-face On The'flo yashika mu gihugu ca Australie aho yakiriwe n'abarundi basazwe baba...

Kigali : Element EleéH ashobora kwigarurir’akarere ka Afrika y’ubuseruko

0
Umuririmvyi wo mu gihugu c'Urwanda Element EleéeH ashobora kwigarurir'akarere ka Afrika y'ubuseruko nkuko biriko biribonekereza. Inyuma y'indirimbo Kashe yakiwe neza mu bihugu bigiz'umuryango wa Afrika...

Rumonge : Jeezy Boy Safi agiye gushir’ahabona indirimbo nshasha

0
Umuririmvyi Jeezy Boy Safi agiye gushirahabona indirimbo nshasha. Jeezy Boy Safi n'umuririmvyi wo mu gisagara ca Rumonge asanzwe yahora mu gihugu ca Kenya kwiga,...

Rumonge : Inyuma yogusiba Igiteramo Ndumuhatari Concert kizakuba uno musi.

0
Umuhinyanyuzi akaba n'umuririmvyi wo mu ntara ya Rumonge Uncle B Mwani Claissic asaba abankuzi b'umuziki wiwe n'abanya Rumonge muri rusangi gusidukana niyonka kuza kumushigikira...

Primusic 2023 Rigiye kugaruka inyumya yi mwaka 4 itaba

0
Kur'uno wa kabiri, igenekerezo rya 23 Rusama 2023, niho ishirahamwe Brarudi biciye mu kinyobwa cayo Primus ryatanguje icese ihiganwa Primusic 2023 inyuma imyaka 4...

Wise Labesto : Indirimbo yanje Nshasha igeze kubishe 90%.

0
Inyumaa yigihe kinini ataboneka muri Game, Umuririmvyikazi Wise Labesto agiye kugaruka vuba n'indiribo nshasha, nkuko avivugira ngo indirimbo igiye gusohoka igeze kubice 90% bikumvikana...
Google search engine

Recent Posts