Home ENTERTAINMENT SPORT : Saido NTIBAZONKIZA na Lion10 Sports Store yambere mu Burundi

SPORT : Saido NTIBAZONKIZA na Lion10 Sports Store yambere mu Burundi

288
0

Umukinyi w’umupira wa muguru rurangiranwa mu Burundi NTIBAZONKIZA SAIDI batazira Saido kuryu wa gatatu igenekerezo rya  31 Rusama 2023 yuguruye imyango icese  yinjiye  inzu nshasha y’ubudandaji y’ibikoresho bitandukanye vy’inkino ( Sport) .

Iyonzu ikaba yitwa “Lion10 Sports Store”. Iyo nzu y’ubudandaji iri mu Buyenzi kw’ibarabara rya 12/21 kandi ikaba ifise imashine igezweho  yo kwandika amazina ku mipira.

Photos

60180cookie-checkSPORT : Saido NTIBAZONKIZA na Lion10 Sports Store yambere mu Burundi
Previous articleB-face On The’flo yakiriwe neza mu gihugu ca Australie
Next articleFen G ngwazohemuka umuziki wo mu Rumonge awushikanye kuyindi level