Thursday, May 15, 2025

Kicheche mu Burundi

0
Umuhinga mu gutwenz'abantu (comédien) wo mu gihugu kibanyi ca Tanzanie agiye kwishikira i Bujumbura vuba. Kicheche n'umwe mu bahinga mu gutwenza bagezweho mu karere ka...

Natacha mu gakino ubugira Kandi

Umuririmvyi w'umurindikazi Natacha La Boss yashize hanze indirimbo yiwe nshasha. Lamgambo niryo zina ry'iyo ndirimbo ya Natacha isanzwe ifise n'amashusho. Aha rero umuntu yokwibaza ati:" mbega...

Dar Salam : Roma, Stamina, kala Jeremiah na Nay wa Mitego nibo baririmvyi!

Inyuma y'indirimbo *Mimi ni nani?*  ya Roma Mkatoliki, abakunzi b'umuziki mu karere ka Afrika y'ubuseruko barushirizaho kugaragaza ko abakora umuziki ari benshi ariko ababashika...

Umugwi Horana Band niwo watahukanye agashimwe k’ihiganwa Summer Song

0
Kur'uyu wa gatatu igenekerezo rya 14 Ruheshi 2023 niho ihiganwa Summer Song ryasozegwa aho umugwe HORANA BAND ugizwe n'imisore ifise ubumuga bw’amaso, ariwo watahukanye...

Abaririmvyi bo mu Rumonge mw’ihiganwa

Inyuma y'imisi ibiri gusa indirimbo Bireke Birengane ya Fen G igiy'ahabona, umuririmvyi Fobby Tozzy nawe nyene yamenyesheje ko agiye gushir'ahabona indirimbo nshasha Nataka kwenda...

Umuririmvyi wa Hip Hop wambere afise Vues nyishi kuri Youtube

0
Mugihe Benshi bakunda gukengera abaririmvyi baririmba umudiho wa Hip Hop ko batakaza umwanya, ariko bamwe baremeza ko abaririmvyi baririmba uyo mudiho nibo keshi usanga...

Vanessa Mdee incungu y’ubuzima bwa Rotimi

Umuririmvyi w'umunyamerika Rotimi yemeza ko umutambukanyi wiwe Vanessa Mdee yaje nk'incungu mu buzima bubi yarimwo ngw'aho yamukijije ingeso mbi nyinshi akanatuma akora ater'imbere. Yipfuriza isabukuru...

Bongo : Umuririmvyikzi Nandy yoba agiye kugaragara mw’ireresi Expendables

Nk'uko biri ku rubuga rwa Facebook rwa Millard Ayo , mu karere kose ka Afrika y'ubuseruko ng'umuririmvyikazi Nandy wo mu gihugu ca Tanzania niwe...

Kirikou A Kili yereka urukundo Big fizzo kuri Instagram

0
Umuririmvyi Kirikou Akili asanzwe yegukira umugwi Bilimani Boy yerekanye urukundo rudasazwe k'umuririmvyi Big Fizzo mugushira ifoto ya Big Fizzo kuri profil yiwe ya Instagram...

Québec : Umukunzi mushasha wa Drake yashizwe kumugaragaro

0
Ico gihangange mumuziki kw'isi Drake yerekenye ubugira kandi ko ari murukundo rushasha aho uwuvugwa Ko ar'umukunzi wiwe kwari Lilah Pi. Bikaba bivugwa ko ubugenzi...
Google search engine

Recent Posts